IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Ihiganwa ry’igikombe citiriwe umukuru w’igihugu riratangura

Ihiganwa ry’igikombe citiriwe umukuru w’igihugu riratangura

vendredi 2 février 2018

Igikombe citiriwe umukuru w’igihugu uno mwaka wa 2018 citabwe n’imirwi 65 iva mu vyicaro bitandukanye, aho kuva kur’uyu wa kaneiyo mirwi itangura guhurira mu gice ca 32 gishira ica nyuma.

Kuva mu cicaro ca mbere, icicaro ca kabiri, eka mbere gushika no ku mirwi iserukira intara canke amakomine.

Uko inkino zitunganijwe ku munsi wa mbere w’ihiganwa n’uku :

Tubibutse ko umurwi uzotahukana ico gikombe ariwo uzoserukira Uburundi mw’ihiganwa rya CAF Confederation Cup.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.