Accueil > Ubuhinga bwa none > Lumitel > Lumitel yatanze akandi karusho na Télephone L6205
 Lumitel yatanze akandi karusho na Télephone L6205
 Lumitel yatanze akandi karusho na Télephone L6205
				
				mercredi 2 Myandagaro 2017, par
Murashaka iterefone nziza ifise ama karata simu abiri, ibateri ya 1000mAh, ifise n’iradiyo FM ? Ego, birashoboka. Lumitel yabazaniye inyishu.
Ya télephone yahora ku mafaranga 30.000 yashizwe ku mafaranga 23.000. Sivyo gusa.. Uguze iyo téléphone uraronka n’utundi turusho nk’ubutumwa bugufi 30 hamwe n’ama méga 30 mu kiringo c’amezi atanu, aho akaba ari mu gihe mwaguze ama inite ashika 500 ku kwezi.
IGIHE

Messages
9 Myandagaro 2017, 16:32, par Minanani Philbert
jew Iconobasaba Nuko Mwoyishira Kubihumbi 20000 Murakoze