IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Lumitel > Lumitel yatanze akarusho ka "internet idahera"

Lumitel yatanze akarusho ka "internet idahera"

dimanche 5 Ntwarante 2017, par Egide NDUWIMANA

Lumitel yasubiye kworohereza abanywanyi bayo mu kubaha akaryo ko kuronka internet idahera.

Utundi tuganuke turacaza, Lumitel yatanguje uturusho ku banywanyi bayo badahengeshanya gukoresha internet mu kubaha akaryo ko kuronka internet idahera.

Ku mafaranga ibihumbi bitanu gusa (5000 Frbu), umunywanyi wa Lumitel ashobora kuronka internet idahera (Internet illimité).

Bisaba gusa gushiramwo ama unité y’ibihumbi bitanu, hanyuma ugafyonda *150# kugira mwironkere iyo internet imara ukwezi.

Aho mu kamenya ko naho ama "Mega" muba mwaronse yohera ukwezi kudaheze, ubandanya gukoresha iyo internet gushika ukwezi guheze.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.