Accueil > Wari uzi ko > Mu bushakashatsi bwakozwe ku bantu bagera ku 404
 Mu bushakashatsi bwakozwe ku bantu bagera ku 404
 Mu bushakashatsi bwakozwe ku bantu bagera ku 404
				
				mardi 9 Rusama 2017, par
Mu bushakashatsi bwakozwe ku bantu bagera ku 404, abahinga bo kuri Kaminuza ya Greenwich, mu Bwongereza bemeje ko kunywa uturahuri tubiri tw’ibiyeri bigabanya ica kane c’ububabare bw’umubiri. Ubwo bushakashatsi bwarongowe na Docteur Trevor Thompson
IGIHE
