IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Muyinga: Olympic Star na Messager Ngozi mu rukino rwa nyuma rw’igikombe (...)

Muyinga: Olympic Star na Messager Ngozi mu rukino rwa nyuma rw’igikombe citiriwe umukuru w’igihugu

samedi 8 Mukakaro 2017

Urukino ruhuza Messager FC na Olympic Star y’i Muyinga rubera ku kibuga citiriwe Umuco kiri ku murwa mukuru w’intara ya Muyinga,isaha icenda z’umuhingamo.

Umurwi utahukana igikombe uzoca userukira Uburundi mw’ihiganwa rya Confederation Cup ku mugabane wa Afrika.

Mu nkino z’igice ca kabiri gishira ica nyuma zabereye mu ntara ya Gitega,Umurwi wa Olympique Star watsinze ibitsindo bibiri ku busa bwa Muzinga, mu rundi rukino,umurwi wa Messager Ngozi watanye mu mitwe na Athletico Olympique,umurwi Messager Ngozi utsinda ibitsindo bitatu kuri kimwe ca Athletico Olympique.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.