IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Shassir NAHIMANA yashizwe mu rutonde rw’abakinyi 11 baranze CECAFA (...)

Shassir NAHIMANA yashizwe mu rutonde rw’abakinyi 11 baranze CECAFA 2017

mardi 19 décembre 2017

Nkuko bishikirizwa n’umurwi wari ujejwe gutunganya ihiganwa CECAFA Challenge Cup,abakinyi 11 botangura mu kibuga ni :

1-Patrick Matasi /Gk (Kenya)
2-Fitina Omborenga (Rwanda)
3-Haji Mwinyi (Zanzibar)
4-Jockins Atudo (Kenya)
5-Bernard Muwanga (Uganda)
6.-Abdul-Aziz Makame (Zanzibar)
7-Alharaish Zakaria (Libya)
8-Patillah Omoto (Kenya)
9-Derrick Nsibambi (Uganda)
10-Shasiri Nahimana (Burundi)
11-Abubakher Sanni (Ethiopia)

Uwo murwi kandi washize ahabona abakinyi bosubirira abandi :

- Abdulrahman Mohamed / Gk (Zanzibar)
- Yaleh Tilahun (Ethiopia)
- Himid Mao (Tanzania )
- Milton Kalisa (Uganda)
- Hakizimana Muhadjiri (Rwanda)
- Issa Juma (Zanzibar)
- Feisal Abdalla (zanzibar)
- Mudathir Yahya (Zanzibar)
- Wol Atak ( Sudan y’epfo )
- Dennis Sikhai (Kenya)
- Masud Juma (Kenya )
- Vincent Oburu (Kenya)
- Taktak Muftah (Libya)

Uwo murwi umenyesha kandi ko, umumenyereza mukuru w’umurwi yoba Hemed Suleiman amenyereza umurwi nserukiragihugu wa Zanzibar,icegera ciwe akaba umumenyereza wa Kenya Paul Put.

Tubibutse ko igihugu ca Kenya arico catahukanye igikombe ca CECAFA Challenge Cup 2017, inyuma yo gutsinda umurwi wa Zanzibar ku mapenariti 3 kuri 2, mu rukino rwa nyuma rwabaye kuw’Imana igebekerezo rya 17b Kigarama 2017.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.