IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Smart > Smart Burundi hamwe na Smart info sms

Smart Burundi hamwe na Smart info sms

samedi 2 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu kumenya uko amafaranga avunjwa mutiriwe murashika muri banki, fyonda *555*1*1#.

Mushaka kumenya utuntu n’utundi ? Ubuzima bugizwe na vyinshi akenshi twirengagiza. Fyonda *555*5*1# muze murironkera ubutumwa ku musi ku musi ku mafaranga 129 gusa.

Muripfuza kumenya kazoza kanyu ? Mufise ibibazo vyinshi mudatorera inyishu ? Smart yabazaniye « horoscope » ibafasha kumenya ibizoba kuri kazoza. Fyonda *555*3*1#

Murashaka kuza muraronka utujambo tw’urukundo, ku buzima n’ibindi? Fyonda *555*4*1# uheze uze urironkera ubutumwa bugufi ku musi ku musi.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.