IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Smart > Smart Burundi yatanze akarusho gashasha k’ uguhamagarana

Smart Burundi yatanze akarusho gashasha k’ uguhamagarana

vendredi 24 Ntwarante 2017, par Jean de Dieu M.

Umunywanyi wa Smart Burundi ashobora guhamagara ku mafaranga 99 ku munota ahamagara ku muhora wa SMART mu gihe yahora arihishwa amafaranga 125 ku munota.

Kugira bishoboke, umunywanyi asabwa gushiramwo ama inite guhera ku 500 hamwe n’ayarenga, mu nyuma agafyonda kuri *888*10# kugira avyemeze.

Mwomenya ariko ko uwutagize iyo Code ya *888*10# aca ahamagara ku mafaranga 125 ku munota, nk’uko bisanzwe.

Ako karusho ka Smart Burundi kakaba kazoherana n’igenekerezo rya 21 Ndamukiza 2017.

Smart Burundi iratanga kandi facebook na WhatsApp ku mafaranga 199 ku munsi, amafaranga 999 ku ndwi, hamwe no ku mafaranga 3499 ku kwezi.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.