IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Umukinyi Gael DUHAYINDAVYI agiye gukinira umurwi Mukura wo mu (...)

Umukinyi Gael DUHAYINDAVYI agiye gukinira umurwi Mukura wo mu Rwanda

mardi 8 Myandagaro 2017

Hari heheze iminsi havuzwe amakuru ko umukinyi Gael DUHAYINDAVYI ariko aronderwa n’umurwi Rayon Sports, ariko vyaheze umurwi Mukura ariwo umutahukanye, kugira awukinire mu kiringo c’imyaka ibiri.

Gael DUHAYINDAVYI asanzwe akina hagati mu murwi nserukira gihugu Intamba mu Rugamba, yarakinye kandi mu mirwi ya Athlético Olympic FC, Lydia Ludic Burundi Académic FC, Flamengo FC na Vitalo FC yari asanzwe akinira.

JPEG - 588.8 ko
Gael DUHAYINDAVYI,Umukinyi w’umurwi nserukiragihugu

Gael DUHAYINDAVYI amaze gukinira umurwi nserukiragihugu inkino 32.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.