IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Umwe mu bahagarikizi batanu ba mbere mpuzamakungu mu Burundi yitavye (...)

Umwe mu bahagarikizi batanu ba mbere mpuzamakungu mu Burundi yitavye Imana

lundi 8 janvier 2018

Dederi Sévérin batazira Mayanga,yabaye umuhagarikizi mu myaka ya 1970, akaba kandi yarabaye umukuru w’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu gisagara ca Bujumbura mu myaka ya 1975 gushika muri 1977.

Abamuzi, n’abo bagendanye na cane cane abahagarikizi, bavuga ko Dederi Sévérin yari umuhagarikizi abizi, kandi afise ubumenyi bwinshi mu guhagarikira, akaba yaratuma n’inkino ziryoha iyo ariko arahagarikira.

Dederi Sévérin akaba yarigeze gukora mw’ishirahamwe ritanga amazi n’umuyagankuba REGIDESO.


BUKURU Pacifique

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.