Uwahora ari umuyobozi w’uburimyi i Bubanza yagirizwa ubunyonyezi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 16 avril 2017 saa 02:03
Yasomwe : 22941
0 0

Jean Paul BARUTWANAYO yahora ari umuyobozi ajejwe uburimyi n’ubworozi mu ntara ya Bubanza apfungiwe mw’ibohero ryo ku Mpanda kuva ku munsi wa kane w’iyi ndwi.
Uwo yahora ari umuyobozi w’uburimyi apfungiwe hamwe n’umufundi w’indimo(Agronome) wa komine Mpanda.
Bompi bagirizwa ko banyuruje ifumbire ya kijambere yari igenewe guhabwa abarimyi.

Kumenyekanisha

1
mzoyihera intagoheka 18-04-2017 à 06:26

Wakera avugishukuri kuri nkukurima, igisuma akaba numukuru wibisuma ni Nkurunziza kuko yizigitiriye kubitamukwiye, nicogituma yi twa umukuru wabasuma.

2
Cobla 17-04-2017 à 16:26

Wakera Warabuze Ihero Ryumuti Ariko Uzoteba Uwuronke Mbe Uwo Wagiriza Ngo Yarivye Ubutegetsi Ninde None Ari Kwisonga Yomupfunga Kowigira Agahambaye Nawe Urabumutwara Ucumupfunga. Bureka Kwitwenga Abagutwenga Ntibabuze.

3

4
Ntakirutimana AL Joel 17-04-2017 à 08:50

Haaaaaa, mbegibisuma kovyarwiriye hano muburundi bisigaye bingana numusenyi wokukiyaga !, murireta niho vyiraye none kobidakomakomwa ? uwo nimba aibindi bapfa.

5
Wakera 16-04-2017 à 23:34

Ko badapfunga igisuma gikuru civye ubutegetsi ???

6
Sylvestre 16-04-2017 à 18:28

Nibarondere Nomuyandi Makomine Yose Yomuburundi Ntamwonguburisato Ibidahizwe.

7
JOEL 16-04-2017 à 17:10

IYABA UMUNTU AZI IBIZOKURIKIRA NTAVYOBARI KUGIRA ABANDIBAMEZE NKABO NIBABANEREHO AKARORE MUGABO IMANA NTIKORA NKABANTU HANBAVU YIBIDUKORA MWISI NAMWIJURUTUZOBIBAZW

8
Sylvestre 16-04-2017 à 15:07

Abonibobatuma Igihugu Kidaterimbere ! Nibarondere Nomuyandi Makomine Yose Mugihugu Cose Ntamwonguburisato Ibidahizwe.

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha