Accueil > Inkino > FOOTBALL > Amasanamu y’ikibuga Uburundi buzokiniramwo muri CHAN 2014
 Amasanamu y’ikibuga Uburundi buzokiniramwo muri CHAN 2014
 Amasanamu y’ikibuga Uburundi buzokiniramwo muri CHAN 2014
				
				mardi 15 Gitugutu 2013
Imirwi izokina mw’ihiganwa ry’imirwi nserukirabihugu y’abakinyi bakina mu bihugu iwabo, ihiganwa rizobera muri Afrika y’epfo, kuva kw’igenekerezo rya 11 Nzero gushika kurya mbere Ruhuhuma umwaka w’2014 yaramaze kumenyekana. Uburundi buri mu murwi wa kane D
Ng’uku uko imirwi nserukira bihugu izokina :
Umurwi A : Afrique du Sud , Mozambique, Nigeria, Mali.
Umurwi B : Zimbabwe, Ouganda, Burkina Faso, Maroc.
Umurwi C : Ghana, Libye, Ethiopie, Congo.
Umurwi D : RD Congo, Gabon, Burundi, Mauritanie.
 
- Ikibuga Uburundi buzokiniramwo
 
 
 
- Ikibanza abakinyi b’abarundi bazoruhukiramwo
 
- Inzu y’uburaro abakinyi b’abarundi bazoshikiramwo
 
 
- Ivyumba abakinyi b’abarundi bazoraramwo
Egide Nduwimana

Messages
15 Gitugutu 2013, 15:19, par Congera emmanuel
Ivyo bibuga intamba zirokiniramwo biri mubihe bisagara