Accueil > Inkino > Amahiganwa > CAF 2013: Afirika y’u bumanuko izokina mu gice ca kane gishira (...)
 CAF 2013: Afirika y’u bumanuko izokina mu gice ca kane gishira icanyuma
 CAF 2013: Afirika y’u bumanuko izokina mu gice ca kane gishira icanyuma
				
				vendredi 1er Ruhuhuma 2013
inkino z’ihiganwa ry’umupira w’amaguru ririko rirabera mu gihuga ca Afurika y’ubumanuko zigeze mu gice ca kane giheza ayo mahiganwa
kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 2 ukwezi kwa kabiri hazoba inkino zitegekanijwe :
17:00	Ghana -  Cape Verde
 20:30	South Africa - Mali
ku munsi w’imana hazoba izindi nkino nazo zizotanga umugwi uzabandanya mu gice ca kabiri c’ayo mahiganwa ya CAF 2012.
 17:00	Ivory Coast - Nigeria
 20:30	Burkina Faso - Togo
Mugisha Van Naris


Messages
1er Ruhuhuma 2013, 14:27, par Paterne
basi