Accueil > Inkino > FOOTBALL > Ibishoboka vyose biriko bikorwa kugira Intamba mu Rugamba zishike (...)
 Ibishoboka vyose biriko bikorwa kugira Intamba mu Rugamba zishike kure
 Ibishoboka vyose biriko bikorwa kugira Intamba mu Rugamba zishike kure
				
				jeudi 7 Rusama 2015
Abakinyi b’umurwi nserukira gihugu intamba mu rugamba bagiye kumara igihe kitari gito mu mwiherero kugira bitegurire amahiganwa yo ku rwego rw’Afrika yimirije. Uburungozi bw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi ntako butakoze kugira Intamba mu Rugamba zize zishike kure.
 
Hari hategekanijwe ko abakinyi 30 ari bo baja mu mwiherero "Local" ariko 2 ntibashoboye kujayo kubera imvo z’ivyigwa. Zimwe mu nkino ziri ku rutonde hari urwo Intamba zizokina na Egypte muri Rusama. Muri Ruheshi, Intamba zizoca muri Senegal mu nkino zo gukurakuranamwo z’amahiganwa ya CAN, muri Ruheshi nyene, zizokina na Djouti mu nzira yo gushika mw’ihiganwa rya CHAN. Ku bw’ivyo, bivugwa ko amahera agera ku miliyoni 30 zatanzwe kugira haboneke ibikenewe vyose kugira abakinyi bamererwe neza bari muri "local".
 
Abakinyi baratanguye imyimenyerezo ku kibuga kiri muri Komine Ngagara ahasanzwe hari ikigo c’ubuhinga c’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB.
Amazina n’imirwi vy’abakinyi 28 bari mu mwiherero :
 Abanyezamu
 Abanyezamu
1/ MBONIHANKUYE Innocent Madede - LL s4a
2/ ARAKAZA Mc Arthur – Vital’o Fc
3/ BIHA Omar – Vital’o Fc
4/ RUGUMANDIYE Yvan – Muzinga Fc
 Abakinyi b’inyuma
 Abakinyi b’inyuma
1/ KIZA Fataki – LL s4a
2/ KABAKABA Espoir – Rusizi
3/ NIYONKURU Nassor – Athletico Olympic
4/ HARERIMANA Rashid Leon – LL s4a
5/ NKURIKIYE Leopold Kaya – Vital’o Fc
 Abakinyi bo hagati
 Abakinyi bo hagati
1/ NSHIMIRIMANA David – Vital’o Fc
2/ RUGONUMUGABO Stephane – LL s4a
3/ Idi Djumapili – Vital’o Fc
4/ HAKIZIMANA Issa – LL s4a
 Abakinyi bohagati
 Abakinyi bohagati
1/ NDIKUMANA Yussuf Lule – LL s4a
2/ NAHIMANA Shassir – Vital’o Fc
3/ BARENGA Pistis – Vital’o Fc
4/ MOUSTAPHA Francis Ndjali – Muzinga
5/ MOUSSA Mossi – Vital’o Fc
6/ BAZIBURE Serge – Rusizi Fc
7/ UWIMANA Messo – Rusizi Fc
8/ DUHAYINDAVYI Gael – LL s4a
 Abasatirizi
 Abasatirizi
1/ MAVUGO Laudit – Vital’o Fc
2/ HUSSEIN Shabani Tshabalala – Vital’o Fc
3/ NSHIMIRIMA Abassi – Bujumbura City
4/ HAKIZIMANA Hassan – Inter star
5/ NDAYISENGA Kevin Dambo – Bujumbura City
6/ ULIMWENGU Jules – Academie Tchite
7/ HAKIZIMANA Zacharie – Athletico Olympic
 
 
 
 
 
Cherif Nkeshimana

Messages
7 Rusama 2015, 17:28, par dffg
huuuuu mushake mubahe n inzoga vyose abo ntibazarenga umutaru
10 Rusama 2015, 14:15
Wet and see
15 Rusama 2015, 18:03, par Emile
Bazotangura Ryaritubimenye? Korema Tutakiyumva. Ndabipfurije Intsinzi Kuberambonye Arisawa Iconsavye Fisto Yosama Murakoze.
5 Mukakaro 2015, 12:13, par Niyogusengwa Emile
Uwo Mugwi Urakwiye Kabisa dukeneye intsinzi imvura irwe canke ireke.
8 Myandagaro 2015, 22:39, par Ndayishimiye
Nivyo Tuzotsinda Nitwiragiz’Imana.