Accueil > Ukwemera > Abakristo > Papa yaneguye ikimanga c’ubutunzi mu bantu
 Papa yaneguye ikimanga c’ubutunzi mu bantu
 Papa yaneguye ikimanga c’ubutunzi mu bantu
				
				mardi 1er Nzero 2013
Papa Benedicto wa XVI yavuze ko ikimanga kiri hagati y’abakire n’abakene gituruka ahanini ku buryo bwo gutunganya ubutunzi kw’isi bwa Capitalism.
Ubu buryo butuma abantu ku giti cabo barekerwa uburenganzira bwo gutunganya ibijanye n’ubutunzi, kugena imishahara n’izindi mpembo, ibiguzi bigahinduka hakurikijwe uko ibigurishwa bironderwa na benshi canke bake.
Mw’ijambo ryiwe ryo guhimbaza umwaka mushasha, Papa yavuze ko hakenewe kugira igikorwa kugira ikimanga kiri hagati y’abakene n’abakire kigabanuke.
Eka n’impungenge z’iterabwoba, naco Papa yavuze kw’ari ikibazo gikwiye kwitwararikwa.
Joel Sengurebe
