Accueil > Inkino > FOOTBALL > Primus Ligue: Uko indwi ishira iya nyuma y’inkino yagenze
 Primus Ligue: Uko indwi ishira iya nyuma y’inkino yagenze
 Primus Ligue: Uko indwi ishira iya nyuma y’inkino yagenze
				
				lundi 20 Ndamukiza 2015
Imirwi iri mu cicaro ca mbere mu mupira w’amaguru iri kandi mw’ihiganwa rya Primus Ligue isigaje indwi ya nyuma y’amahiganwa. N’ubu Vital’o iracari kw’isonga nayo academie Tchite ntiyigeze ihindura ikibanza.
 
- Vital’o iri kw’isonga
Inkino zo mu ndwi ya 24, ishira kandi iya nyuma muri Primus Ligue zabaye uku gukurikira:
Kw’igenekerezo rya 18/04/2015:
 OLYMPIC STAR 0 - 1	LLB S4A
 OLYMPIC STAR 0 - 1	LLB S4A
 NYANZA UNITED - : - MESSAGER NGOZI( urukino ntirwabaye, uwo murwi wa nyuma wasavye ko urukino rwokungururizwa ku rindi sango)
 NYANZA UNITED - : - MESSAGER NGOZI( urukino ntirwabaye, uwo murwi wa nyuma wasavye ko urukino rwokungururizwa ku rindi sango)
 PRINCE LOUIS 1- 2 TCHITE
 PRINCE LOUIS 1- 2 TCHITE
 ROYAL 1 - 1	INTER STARS
 ROYAL 1 - 1	INTER STARS
Kw’igenekerezo rya 19/04/2015
 VITAL’O 3 - 2 ATHLETICO
 VITAL’O 3 - 2 ATHLETICO
 FLAMBEAU 2 - 1 MUZINGA
 FLAMBEAU 2 - 1 MUZINGA
 VOLONTAIRE 0 - 1 BUJUMBURA CITY
 VOLONTAIRE 0 - 1 BUJUMBURA CITY
 MESSAGER BJM 1-1 RUSIZI FC
 MESSAGER BJM 1-1 RUSIZI FC
Aho bukera kw’igenekerezo rya 21 Ndamukiza, hazotangura inkino z’indwi ya 25 ari nayo ya nyuma y’inkino za Primus Ligue 2015. Izo nkino zitegekanijwe uku gukurikira:
Kw’igenekerezo rya 21/04/2015
 LLB S4A 	- : - 	INTER STARS
 LLB S4A 	- : - 	INTER STARS
 ATHLETICO 	- : - 	MUZINGA
 ATHLETICO 	- : - 	MUZINGA
 RUSIZI FC 	- : - 	PRINCE LOUIS
 RUSIZI FC 	- : - 	PRINCE LOUIS
 FLAMBEAU 	- : - 	TCHITE
 FLAMBEAU 	- : - 	TCHITE
 VOLONTAIRE - : - MESSAGER NGOZI
 VOLONTAIRE - : - MESSAGER NGOZI
 BUJUMBURA CITY - : - 	MESSAGER BJM
 BUJUMBURA CITY - : - 	MESSAGER BJM
 OLYMPIC STAR 	- : - 	NYANZA UNITED
 OLYMPIC STAR 	- : - 	NYANZA UNITED
Kw’igenekerezo rya 23/04/2015
VITAL’O - : - ROYAL
Cherif Nkeshimana

Messages
20 Ndamukiza 2015, 14:02, par ndiho
komera
20 Ndamukiza 2015, 14:51, par gogo
INTSINZI ITAHE IMUYINGA