IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Saidi NTIBAZONKIZA agiye kumara ukwezi adahonyoza ikirenge mu (...)

Saidi NTIBAZONKIZA agiye kumara ukwezi adahonyoza ikirenge mu kibuga

samedi 5 Ntwarante 2016, par egide

Inyuma y’ugukomereka kw’ivi ry’i buryo mu myimenyerezo, umukinyi rurangiranwa Saidi NTIBAZONKIZA yabazwe ku muhingamo wo kuri uwu wa gatanu. Uwo musatirizi akomoka mu Burundi akaba agiye kumara indwi zirenga zine adahonyoza ikirenge mu kibuga.

JPEG - 20.7 ko
Saidi NTIBAZONKIZA, umusatirizi yambara inomero cumi mu murwi SM Caen

Saidi NTIBAZONKIZA asanzwe akinira umurwi SM Caen wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Ubufaransa agiye kumara iyo minsi yose adakina mu gihe yari asigaye avyifatamwo neza mu nkino zitandukanye.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.