Home > Imibano > Abantu 48 bahungutse bashitse ku kibuga c’indege ca Bujumbura
 Abantu 48 bahungutse bashitse ku kibuga c’indege ca Bujumbura
 Abantu 48 bahungutse bashitse ku kibuga c’indege ca Bujumbura
				
				Wednesday 4 July 2018, by
Abo bantu bose uko ari 48 bava mu ntara ya Kirundo.
Bitegekanijwe ko zimwe mu mpuzu ziyandikishije kugira zihunguke zivuye mu nkambi y’impunzi ngaho mu gihugu ca Kenya zizozanwa mu mirwi ine.
 
 
IGIHE

Forum posts
5 July 2018, 16:28, by Twaje
Nimwitahire kuko ubuhungiro bwomwinomyaka busigaye arakayobera abahinga! Umvanamwe ayomashirahamwe yitwa mpuzamakungu ahokubafasha nokubakingira usanga abajamwo abigisha ivyubukozibwibibi harimwo nokubabwira ngo nimuhamagare nabandimwasize mugihugu bahunge ngobazoze bavuga kobahunze ibinibi!
6 July 2018, 21:33, by Ngendakumana.Jean.Baptiste
Abo.Barundinibatahedusangireijumpubirezecane.Ubuhungirontamakiroarimwo