Home > Imibano > Ruyigi-Gisuru:Abantu 1034 bahungutse bakiriwe
 Ruyigi-Gisuru:Abantu 1034 bahungutse bakiriwe
 Ruyigi-Gisuru:Abantu 1034 bahungutse bakiriwe
				
				Wednesday 12 September 2018, by
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya Ibiza,Pierre NKURIKIYE amenyeshako abo bahungutse bagizwe n’imiryango 298 igizwe n’abagabo 523 hamwe n’abagore 511.
Ayo makuru avuga ko iyo miryango yose yahungutse ariyo mu ntara ya Ruyigi.
IGIHE
