IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Domitien NDAYIZEYE arahanura abakuru b’ibihugu bamwe bamwe badashaka (...)

Domitien NDAYIZEYE arahanura abakuru b’ibihugu bamwe bamwe badashaka kurekura ubutegetsi

mercredi 25 Nzero 2017, par Jean de Dieu M.

SC: Tele renaissance


IGIHE

Messages

  • Jewe nkibi Domitien avuze ntabuhinga ndabibonyemwo, kuko iyondevye abakurubibihugu bamaze gutwara uburundi basanga Bugande itwarwa na Museveni nibeshi nambaguhinduranya arivyobizaba iterambere ubugande tubatuvusumvya iterambere.
    Ariko jewe mbona ubugande bukomeza gutera imbere.
    Ariko nubundi sinoreka kuvugako nobwohojaho uyundi ntivyobuza kubugande bukomeza gutera imbere.
    Murivyo rero Domitien avuze ntabuhinga mbonyemwo ahubwo nunkununtu yariyabuze ivyo avuga.

  • Genda uri umushingantahe. Wa muhungu w’i Mwumba ahemuka kuvuga ko ngo niyo abenegihugu babimusaba ngo ntazobagambararira bisigura ko agifise akayabagu kama mandat.Ubuho ngo nukuguma kubutegetsi ngo kugeza yesu agarutse. Mana duhe natwe CEDEAO niyo izi icijejwe

  • Burya nuwugaya urukwavu aravugakorugenda.Domitien Ndayizeye ndakwemera cane urumushingantahe.sinzibagira kuntwaro yawe aho amarobe bayita ikoti ya musitanteri,ibitoke ngo wahorahe,ibijumbu ngo n’ingorane,ibigori ngo nikayogoro.raba nyakubahwa,ubu abarundi batibitse uwavubi,ubuzima bwarahagaze mubice vyose vy’igihugu ibiciro vyaduze mubice birenga amajana kwijana.vive son exellence Domitien. Ndayizeye!abandibo nukuvyonga ivyo bavyonga!Domitien icompa ugasubira kuba president!

  • Wewe urumushingantahe wijambo, niko nubumushingantahe wijambo Kayanza yamanye abashingantahe bijumja.

  • Nivyiza cane niko vysri bikwiye kumera ba nyakubahwa

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.