Home > Ubuhinga bwa none > ECONET Leo > Econet Leo yabazaniye “AK’UMUSI” agaseke gashasha k’ubutumwa bugufi
 Econet Leo yabazaniye “AK’UMUSI” agaseke gashasha k’ubutumwa bugufi
 Econet Leo yabazaniye “AK’UMUSI” agaseke gashasha k’ubutumwa bugufi
				
				Monday 23 July 2018, by
AK’UMUSI NI agaseke gashasha kabaha ubutumwa bugufi ku giciro c’amafaranga 50 gusa ugaheze ukarungika ubutumwa 5, mukiringo c’umusi umwe gushika isaha zidandatu zijoro.
Kuwipfuza kugura ako gaseke, Fyonda *406#, wigurire ako gaseke gashasha ka Econet Leo ku mafaranga make.
 
IGIHE
