IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > ECONET Leo > "IMBURA VYINSHI na ECOCASH"

"IMBURA VYINSHI na ECOCASH"

mercredi 27 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Biraryoshe! Gura ama inite ukoresheje ikonte yawe ya Ecocash hama wironkere akarusho gashika ku bice 10 kw’ijana.

Mu kugura ama inite fyonda *444*3*ama inite# hama wemeze.

Dufatiye ku karorero kuwuguze ama inite y’10.000, afyonda *444*3*10.000# aca aronka ama inite ya 10.000 ariko akariha amafaranga 9.000 gusa. Mukamenya ko umunywanyi yinjije ama inite, Econet Leo imuronsa amafaranga kuri konte yiwe ya Ecocash.

Ayo mafaranga umunywanyi aba yaronse kuri Ecocash, ashobora kuyakoresha mu :

- Mu kugura ama inite

- Mu gusuma

- kurungikira amahera incuti n’abagenzi

- canke kuyatora ku mukozi wese wa Ecocash

Mufise ico mubaza, hamagara 100, kuri 444 canke mudukurikire ku rubuga rwacu rwa Facebook, Twitter, hamwe na Instagram.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.