Accueil > Ubuhinga bwa none > ECONET Leo > Imbura amafaranga na Econet Leo
 Imbura amafaranga na Econet Leo
 Imbura amafaranga na Econet Leo
				
				vendredi 8 Nyakanga 2017, par
Hamwe n’Ishirahamwe Econet Leo bataziriye “Lumwanga” si agaseseshwa rumuri, ivyiza bibandanya gushwara abanywanyi. Nk’uko ishirahamwe Econet Leo ryama ritanga rititangiriye itama, n’ubu ryabazaniye “Imbura amafaranga”.
Si ivyimbeshere! Uko umunywanyi wa Econet Leo yinjije ama inite kuva kw’ikarata ya 300, 500, 1000, 2000, 5000, 10000 na 30000, Econet Leo imuronsa amafaranga kuri konte yiwe ya Ecocash. Kuva kwi 100, amafaranga aguma ajako kuri compte ya EcoCash y’umunywanyi, umwanya wose yinjije ikarata y’ama inite.
 
Mu gufyonda *131#, umunywanyi araheza akabona uturusho amaze kuronka, afyonze *141# abona ubutunzi afise kuri konte yiwe.
Ayo mafaranga umunywanyi aba yaronse kuri Ecocash, ashobora kuyakoresha mu :
 Kugura ama inite aciye kuri *444*3#
 Kugura ama inite aciye kuri *444*3#
 Gusuma ku mudandaza wa Ecocash
 Gusuma ku mudandaza wa Ecocash
 Kuriha canke kwiyabonesha nko muri Star times
 Kuriha canke kwiyabonesha nko muri Star times
 kurungikira amafaranga incuti n’abagenzi
 kurungikira amafaranga incuti n’abagenzi
 canke kuyatora ku mukozi wese wa Ecocash
 canke kuyatora ku mukozi wese wa Ecocash
Kugira muronke ivyiza bikwiye vy’ako karusho, raba urutonde rw’ivyo musabwa.
Shiramwo ikarata y’ama inite 300, 500, 1000, 2000, 5000, 10000 na 30000. Hama amahera azoza araja kuri konte gushika promotion iheze.
Uretse abanywanyi batarihira aho nyene ama inite “les clients post payés”, abanywanyi bose ba Econet Leo barafise uburenganzira bwo kuronka ako karusho.
Mufise ico mubaza, hamagara 100, kuri 444 canke murabe ku rubuga rwacu rwa Facebook, Twitter, Instagram
IGIHE
