Advertisement

Amafoto atandukanye y’umukuru w’igihugu c’u Burundi

Yanditswe taliki ya 28-11-2012 - isaha 02:14' na
Ivyiyumviro
Andika hano Nukuri Ngomba Mundekure
2.02.2018 saa 17:04
Nuko Mwampevye Narakoze
mutama Nkurunziza Komera Kwivora.Kuko Igihugu C,uburundi.Wagiteguriwe.Igihe Utaribwavuke.Ubu Kwi Imana Yagushikije.Kugihugu.Gitware.Abasi Bamaramare.
22.07.2017 saa 10:41
Bampariyo Sedirick
MBEGA YESU IGIHE YAJAMWIJU YAVUZE IKI?
18.05.2017 saa 17:45
NIYONSABA ISaac
gumakwivor turimaso ntibihend abotera imigumuko wagihawenimana ninguvuzaw ivyiz wakoz nivyishi twarakuzagupfakwaw?
17.04.2017 saa 20:52
ntirampeba
Ndagiz Mwiriw Mbeko Igiciroro Cisukar Cashinz Naret Arik 1kg Kigugw Ayarenz Nikuk?
24.03.2017 saa 21:31
Riyoner
Komeramuvyeyiwac Nashakakubabaz Ko Ibicirobidapunguknikuk?
24.03.2017 saa 21:22
Kubwimana Riyoneri
nyakubahw mutama wacu gumakwivor,uwitek agufas kurongor igihu. imana yatoy ubikwiye.
16.11.2016 saa 16:45
Mpabonimana Gerard
Mutama komera kumuheto ntiwishinge amabwire yabantu natwe abenegihugu bo murugombo turinyuma yawe
21.09.2016 saa 06:59
Nduwayezu Joseph
NYAKUBAHWAHWA.WINDE IBIVURWA.KUKO NTACO VYOKUMAMA RIRA.ARIKO UBUBARIRE ABUTWARA,AHUKURIKURI.MBE IBINTU KOBIDUGA KUBWISHI WE UBI VUZE KWIKI?
29.08.2016 saa 21:30
NKEZABAHIZI FELIX
Nyakubahwa Nkurunziza Komera Imana Ikomeze Igufasha Gutwarwanishav Buryanasanz Ur,umushingantahe Nibaza Kwatawundi Yobishobora Kwihanganira Imbunuza Zirwany,igihugu.
20.07.2015 saa 19:56
Edd Mwaro
nukuri,perezida,turagusavye,ugume,udufashe,amaboko,ntuturekure,kuko,twogwamumanga,turagusavye,twebwe,abagunyabanga,uduhoreze,umutima,gumakwijambo,imana,iguhezagire
14.05.2015 saa 10:44
ndikumana_victor
URAKOZE,GUMAKWIJAMBONYENICUBAHIRO,TUKURINYUMAKOMERA,KOMERA,KOMERA
14.05.2015 saa 10:23
NDIKUMANA_VICTOR
Imana iguhe umugisha nyakubahwa presida wacu ndagukunda.komeza ukorere neza abarundi n amakungu
18.03.2013 saa 04:05
Noel Nizigiyimana
Twese naho tutazi gusenga turagusabira ngo Uhoraho akuvugiremwo yongere akwereke ivyiza ubwirizwa gukorera igihugu cawe n'amakungu.Ntusimbe n'umutima Iyakuduhaye irakutuzigamiye.
17.03.2013 saa 16:13
Inamahoro candide
turi inyuma yawe nyenicubahiro NKURUNZIZA Pierre
26.02.2013 saa 07:13
karim
komera NYENICUBAHIRO mukuru w'IGIHUGU cacu IMANA ikujimbere , abarundi isinzi ubajimbere ubashikane kw'iterambere rirama
15.02.2013 saa 23:56
TONY
none irya foto yariko arakora iki/ yarasimbutse atamba canke mudusigurire
29.01.2013 saa 08:41
katwa
courage nyakubahwa perezida wa Repuburika y'UBURUNDI imana ikwongere imigisha yo kuyobora neza UBURUNDI
25.01.2013 saa 06:06
kab.