Accueil > Ubuhinga bwa none > ECONET Leo > "Rihira abagumahagaye na Econet Leo"
 "Rihira abagumahagaye na Econet Leo"
 "Rihira abagumahagaye na Econet Leo"
				
				vendredi 14 Ndamukiza 2017, par
Econet Leo yatanguje uburyo umunywanyi w’iryo shirahamwe ashobora kurihira uwumuhamagaye igihe cose avyipfuje.
Fyonda *900*7*8# wongeremwo ama nimero wifuza ko aguhamaga akoresheje ama inite yawe.
 
Munywanyi wa Econet Leo, ufise umukunzi, incuti canke umugenzi ushaka ko aguhamagara ukamurihira? Fyonda *900*7*8# umushire ku rutonde rwama nimero aguhamagara ukayarihira.
Umunywanyi wa Econet Leo umunywanyi ahitamwo ama nimero 6 y’abantu yifuza ko bamuhamagara nawe akabarihira.
Urutonde rwa Mpamagara ndariha ni :
1.    Gushiramwo MPAMAGARA NDARIHA
2.    Kwongeramwo inimero(gushika kuri 6 gusa)
3.    Gukuramwo inimero
4.    Kuraba amanimero mufise
5.    Gukuramwo MPAMAGARA NDARIHA
Econet Leo ibandanya kwitaho abanywanyi bayo, mu kubazanira bishasha
IGIHE

Messages
14 Ndamukiza 2017, 15:20, par siwazui
sweranyokowambwawe gendamurihiremalaya