IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Abo turi > Abo turi

Abo turi

vendredi 11 Nzero 2013

IGIHE.bi ni igisata ca IGIHE Ltd Burundi, akaba ari ishirahamwe rivukana na IGIHE Ltd.

IGIHE Ltd ni ishirahamwe ryigenga rikora mu gisata co kumenyesha amakuru no mu gisata c’ubuhinga mu Rwanda ribicishije mu bisata vyinshi vyo kumenyesha amakuru yanditse biciye mu buhinga bw’igurukanabumenyi no mu kinyamakuru canditswe ku mpapuro.

IGIHE Ltd yatangujwe mu mwaka wa 2009 n’urwaruka, ikaba yatanguye ibikorwa ikorera ku muhora wa IGIHE.com. Uyu rero wari umuhora wacako amakuru ku ngurukanabumenyi, ikaba yatumye yizigirwa yongera iramenyekana mu gisata co kumenyesha amakuru mu Rwanda.

Muri kino gihe rero IGIHE Ltd ifise ibisata vyinshi harimwo IGIHE.com mu ndimi zine (Ikinyarwanda, ikirundi, igifaransa n’icongereza), n’ikinyamakuru canditse ku mpapuro citwa" Ikinyamakuru IGIHE".

IGIHE Ltd Burundi iratanga ibindi bikorwa ku bayituye, iratanga inyishu cane cane ku bakeneye ibikorwa bijanye n’umuhora ngurukanabumenyi, gukora imihora ngukanabumenyi, no kuyikurikirana hafi , iramenyekanisha kandi ibikorwa abantu bakora ku murongo w’ingurukanabumenyi n’ibindi bijanye no kumenyekanisha ibihayanishwa.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.