IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Akarangamutima k’umuhisi Bagaza (Video)

Akarangamutima k’umuhisi Bagaza (Video)

lundi 9 Rusama 2016, par Jean De Dieu

Source: Tele renaissance


IGIHE

Messages

  • Yarumushingantahe abushitse, nukuri twabuze. Ivyo yakoze ntawoshobora kubiharura, Imana imwakire mubwami bwiwe.

  • Nône Ko Imfashanyo Mu Burundi Zitakiboneka Nikubera Iki?

  • MUBAKURU BIGIHUGUC’ UBURUNDI ABONEMERA BAKOZE GUSUMBA ABANDI BAKOZE NEZA (1) NYAKUBAHWA BAGAZA. UWA (2) NI NYAKUBAHWA PETORO NKUNZIZA NDAMUSHIMIRA KUBWIZAYAKOZE. NUBU AKIBIKORA IMANA IMUHEZAGIRE.

  • GUFASHA NIVYIZA NOGUFASHWA NIVYIZA ARIKO ? HABWA WIHE HARAHO URYA AGUFSHA AGUHA BIKE GWIWE AGUSHAKAKO VYISHI GWAWE.

  • MUBA PEREZIDA BOSE BATWAYE ABATWAYENEZA .1 JAMBATISTE BAGAZA .2 NYAKUBAHWA PETERO NKURUNZIZA ABANDI BARAKOZENEZA MUMAJAMBO ABABISHE VYATUNYE BESHI BABONA AHOBAHAGAZE BATUNYE BABONA NIVYO BATOBONYE IMANA NUKURI NTICUGWANGONDEGONDE. NTAMACAKUBIRI NDABONA KUNTWARO YABO. PETERO NKURUNZIZA. SONGAMBERE. IMANI BAJIMBERE.

  • IGITUMA NAVUZE KO. PEREZIDA . JAMBATISTE BAGAZA. NA PEREZIDA PETERO NKURUNZIZA ARIBO NABONYE . MUNTWARO NZIZA, NTABWOKO BAKOREYEKO . KUVUGA NTAMACAKUBRI KUNTWARO YABO . IMANA IBAHEZAGIRE. BAGAZA . MUBA MUGWANIJE IYO ATEMERA KWUGAZA AMASHENGERO NTIBARI KUMUSHOBORA GUPFA NICAGEZWE .NDAHOJEJE UMURYANGO WABUZE. NIJEWE NYABENDA MANWERI BATAZIRA BIZOZA .MUYINGA RUGARI IMWURIRE...

  • Andika hano Ndemera Intwaro Ya Jambatisa Bagaza Muburundi Ntmunyagihugu Yigeze Atoteza Amacakubiri Yariyayagize Indahiro. Sebarundi Perezida Petero Nkurunziza Nagaheta Muvyiza Akorera Uburundi Nabarundi .

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.