IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imico kama > Igitaramo ca Primus > Igiteramo ca Brarudi aho yegeranije imiliyoni 30

Igiteramo ca Brarudi aho yegeranije imiliyoni 30

samedi 6 Ndamukiza 2013

Ku musi wa Pasika igenekerezo rya 31 Ntwarante, ishirahamwe Brarudi ryaratunganije igiteramo. Amafaranga yegeranijwe angana imiriyoni 30, akazoshikirizwa bamwe mu bari bafise imitahe idashemeye baburiye ibintu vyabo mw’isoko nkuru ya Bujumbura yarigiswe n’umucanwa.


Jean de Dieu Munyembabazi

Portfolio

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.