IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Inzego z’igihugu na cane cane Umukuru w’igihugu akwiye gutorera umuti ikibazo (...)

Inzego z’igihugu na cane cane Umukuru w’igihugu akwiye gutorera umuti ikibazo c’intwazangabo (Video)

mardi 7 Ruheshi 2016, par Jean De Dieu

Inzego z’igihugu na cane cane Umukuru w’igihugu akwiye gutorera umuti ikibazo c’intwazangabo

Source: Tele renaissance


IGIHE

Messages

  • Komera mutama zurahanura ivyobipfamutima izomburakimazi zigize ngo nabategetsi mugabo atakintu nakimwe zimariye abanyagihugu atari ukubica nukubasahura

  • Un system democratic avec :
    - un hutu pur pour 2mandats de 5ans elu par le parliament a un parti gagnant,apres
    - un tutsi du parti gagnant elu par parlement elu pour un seul mandat president,
    - un mixte hutu-tutsi pour un mandat de 5ans elu par un parlement .
    - les quotas doivent etre revus pour le respect du droit d’etre majoritaire et la security des minorities
    cela detruira definitivement le problem ethnique au burundi et aucun impact venant de plan belge ou rwandais ne reussira jamais.
    L’example is l’arusha accord actuel qui a montrer son efficiency .500 morts dans une annee c’est trop petit voir que tout le monde avait les armes a feu et pas les machettes.!!
    Sans accord d’arusha ce serait plus pur
    Nous sommes en retard pour le development
    - Il faut que les hutu sachent que un tutsi, etre president pour un mandat de 5ans ne les fait rien et c’est leur droit (confience ou pas)
    - Il faut que les tutsis sachent que les hutus ont absolument le droit d’avoir 2mandats confience ou pas
    - Il faut que les tutsi-hutu sachent que il ya un bon nombre de mixte qui risquent d’etre ignored
    - les twas etant 1% peuvent etre au gouvernment et etre toujours gouverneur du bujumbura rural avec leur propre election.

    en conclusion ,nous buruandais nous perdons le temps a nous diviser alors que nous sommes les memes.voyager et voir .
    vraiment hutu-tutis vous avez venez sans doude d’un seul parent sinon il n’yara pas une seule langue.
    Il nya personne qui parle un kirondi samblabl;e a 1% a la langue ethiopiane meme 5generations on aurait pu avoir certains dialectes etrangeres.
    Je vis et j’ai vecus dans 9pays africains, les gens qui se ressemblent au hutu ou tutsi dans chaque unique ethnie avec meme language sont partout mais il ne se divisent pas de facon dont ils se ressemblent.C’EST UN MENSONGE NOUS SOMMES LE MEME ET ON PEUT DETRUITE TOUTE HAINE PAR PARTAGE EN IGNORANT L’HISTOIRE
    Les relations belgo-burundaises devraint arreter aussi top possible .maybe anglophone serait mieux
    Il faut que nos intellectuels pensent objectivement sans se positioner SVP-SVP vous detruiser les generations.IL N YA RIEN DANS LA GUERRE LES COMPETIONS ETHNIQUES DEVRAIENT ARRETER.
    QUE DIEU DETRUISE TOUTE DIVISION ARTIFICIELLE DANS NOS TETES ET ESPRITS.AMEN

  • Uyu mugabo ngoyarigeze kuba umukuru wuburundi arambabaje!
    Aravuzengo ngwabica abarundi ngontiturabamenya!?
    Ngontivyaribikwiye kugerubu tutarabafata?
    Rekanda kubwire abica abarundi twarabamenye mbere twaranahevye turaja mumabarabara kubavugira none wewe ngontiturabamenga!?
    Wavuze ngotwaridukwiye kubatwarabafashe:
    Umvandakubwire abashira mungiro mukwica turamaze gufata abataribake kandinubutukiriko kandintiwiyibagize ko hariho nabamaze kwishikiriza inzego zumutekano.
    Kurikira rero tukubwire nkeka woshobora gutahura ibikorwa ninzego zigihugu cawe ukabimenya:
    Reta yu Burundi nabarundi wobawibuka igihe bagasabiye ko abashatse gutembagaza reta ko iyobarihose bofatwa bakarungikirwa ubutungane bwuburundi canke bakarungikirwa ubutungane mpuz’amakungu?
    Warigeze ubona ibihugu vyabakiriye harinakimwe bakoze? Umva haryarero batarahagarikwa bagakomeza kwidegemvya canecane bagakomeza kwegeranya aryamahera yokugura ibirwanisho canecane mugusaba ubufasha abasibu Burundi bwokugira baronke ivyobirwanisho bongere barondere abobaha uduhera bashire mungiro ubwobwicanyi ivyumvuga ngohabuze intwaro rusangi sivyo kuko hariho nibihugu dusumvya intwaro rusangi ariko ntihabe abihevyi bakomeza kwica.
    Impamvu haribihugu bitadusumvya kugira intwaro rusangi ariko ntibigire abihevyi nkaba nuko atamuntu wavyo yogenda mukindigihugu akicara muri hotel agapangiramwo ivyubwihevyi bigakunda.
    Wewe rero Domicien Ndayizeye ishinge wivonyorere iyo inzego zigihugu zitabazirikukazi nivyo ntuburiko urabivuga , iconokwibutsa canke tweneranya nuko hariho abamase gusezera Isi kugira wewe ushobore gukomeza kuvuga.
    Nagomba kukubwirako abobose wumva ba Rwagasore, ba Ndadaye, twita intwari nuko bapfuye bishwe bazira guharanira kugira wewe nanje uyumusi tubeturiko turavuga.
    Iragoyerero kuvuga ngo mugihugu harakwiye guhagarikwa ivyotuma abantu baba intwari nibikunda nubwo wokwihonda kwibuye.
    Ninacogituma uyumusi wumva abarundi bavugako batazota igihugucabo ngo kiretse bose babamaze.

  • Kera narubaha Domisiyano.Ariko guhera maze gutahura yuko amaraso y,abarundi ahanini aseseka kubera we , Ntiba, Minani, Nyangoma, Na kakagabo kavugira kuyamara kitwa léonce , eka mbere n’abandi benshi , ukububaha kwanje kwaciye guhera ubu nsigaye gusa ndabatinya. Ndababwire , ibiriko biraba n’ingorane z’ubwoko . Ariko kubera ko ababiteguye ari iknkehwa , baca bakoresha abahutu bashaka ubutegetsi kugira bashike kuco bipfuza. Umuti w,ingorane z’uno musi nturi kure nagato. Abo bahutu ni bahagarike gushigikira abo batutsi urabe ko ubwicanyi budaca buhagarara. Uno musi abaguma bakokeza intambara n’abo bahutu kuko nibo bigize abavugizi b’abatutsi. Murazi neza ko ata mututsi yigeze yandikira ONU ko hariko hategurwa ihonyabwoko ,ariko bari abahutu gusa. Nico gituma abatutsi baca bavuga ngo nivyo kuko biba vyavuzwe n’abo wokwibaza ko bazi ukuri. Abo bahutu rero bashaka ubutegetsi nibo bateza ingorane ahanini . Hamwe bohagarika intambara yoca ihagarara.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.