IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Léonce NGENDAKUMANA: Amahera barungikirwa n’amakungu baza basanga (...)

Léonce NGENDAKUMANA: Amahera barungikirwa n’amakungu baza basanga yaranyurujwe (Video)

vendredi 19 Myandagaro 2016, par Jean De Dieu

Kubwa Léonce NGENDAKUMANA, kubona hari abasirikare b’intwazangabo bari bagiye gufasha kugarukana amahoro mu bihugu nka Somalia batagomba kugaruka mu gihugu cabo ngo n’uko bumva batotekanirwa kubw’ubwicanyi buguma bukorerwa bagenzi babo.Ikindi naco ngo n’uko amahera barungikirwa n’amakungu baza basanga yaranyurujwe hama ntibagire uburenganzira bwo kuyishuza kuko uwuyishuje aterwa ubwoba.

Source: Tele renaissacne


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.