IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Umukuru w’igihugu ahejeje kumenyesha ko ateye ivyatsi itembagazwa (...)

Umukuru w’igihugu ahejeje kumenyesha ko ateye ivyatsi itembagazwa ry’ubutegetsi

jeudi 14 Rusama 2015, par Jean De Dieu

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ahejeje kumenyesha abarundi namakungu ko atatembagazwa ry’ubutegetsi ryabaye mu Burundi

Mukiganiro yagiranye nabamenyeshamakuru biradio nkuru y’igihugu kumurongo wa Telefone isaha 12h30, yamenyesheje ko ateye ivyatsi ugushaka gutembagaza ubutegetsi bwitorewe nabanyagihugu,arongera akamenyesha ko muburundi amahoro asasagaye kandi ko imbibe z’uburundi zose zuguruye mbere ahamagarira nabifuza kugendera uburundi ko bobandanya ingendo zabo atakibazo kuko amahoro ari hose, yarangije ahamagarira abarundi kuguma barihamwe ntibatege amatwi uwushaka kubacanishamo.


IGIHE

Messages

  • KOMERAPETERONKURUNZIZAKUNTWAROYAWE.ABOBAKWIYAMIRIZABAMARAMARE

  • Ivyiwe twabirambiwe pe aha ikaze abandi nawe vyamunaniy ko ashika nawe?nareke kudukinisha twebwe abanyagihugu bato bato twaramuhinyuye,Imana nitabare abarundi.

  • CANE GOSE NYAKUBAHWA UGAHUMURIZA IGIHUGU CAW ABARUNDI TWARI MUBWOBA BWISHI KURUWO MUGA GODFROIL NATESHWE ATE VYAMUNANIY IMANA IZIGAME UBURUNDI

  • ahahhaha, ko atabuga aho ari se ngo bamenye niba ari mu gihugu

  • bwana pita niyombare niyaza kugusaba ikigongwe kuvyo yiyumviri gukora uzokimuhe kandi nawe ubwawe uhakure isomo eeeeeeeee...

  • nutahe rero,kwatakibazo,utorumuti wibibazo turimo.tweho dushakamahoro nyakwubahwa.

  • Gabanya Ibinyoma.Abarundi Bariko Bicwa Nkibikoko Kubwawe.Gezaho Turiyamirije Ugufukafuka Kwa Radio Yuburundi.

  • gumakwivora turagushigikiye

  • MUGIZE NEZA KUDUHUMURIZA,NONE UBU NYAKWUBAHWA YASHITSE I BUJA?

  • ndakeje nyakubahwa nkurunziza urasubiye kwereka abarundi namakungu kurigihangage kuko nkuwundi vyazavyaheze

  • Naho widadira aho wagiye

  • EGO NIHABA HUGURUY NIVYIZA

  • Ahubwo Naze Twebwe Abarundi Twicacuriremwo Indongozi Biciye Mumatora ,uwutahungiye Tanzania Niwe Ashaka Kudusubiza Mwihumbi Gufata Ubutegetsi S’uko Nateshwe Ate ,ko Ataja Mumatora Ngo Tumuserere Mubwiherero.Peter Niyirambire Ni umugabo Yaradukuyeko Umugozi Uraho .Twebwe Ruguru Udutwi Twama Kukaradio Tuzomwongera Uwutazi Iyo Yavuye Niwe Atomutora Ruguru N amahoro Inkiko Ziracakora Ako Kagwi Zizokereka Ico Juge Yafondewe Na nyakubahwa Ntiyicaye Turamuzi Kandi Twaramwironkeye .Arakoze Kuduhumuriza N’i Perezida Nyenicubahiro Petero Nkurunziza Nakomere Kumuheto Twaramuronse Pe.

  • Urabesha sha kakubanye ahubwo wosaba inpuzuzawe bakazikurungikira ugafata iyija irahe ugacibwa urubanza namamakungu kuko muburundi bohava bakubabarira .

  • Irambire nyakubahwa nyene icubahiro. Abarundi isinzi Turabashigiye. Nawe Niyombare turamufata n"amaboko"a.Ahanwe vya karorero

  • None ga Jewe nibaza ko Nkurunziza vya muburiye, UbU ntanakimwe afise agaba, n’ivyatsi avuga ko atera abantu ntavyo agaba, yihende arandure ivbyatsi vy’abatanzaniya, ndakurahiye, amatego agenga environnement muri Tanzaniya azomufata.
    Kuneza yiwe ndamuhanuye kwirinda kurandura ivyatsi biri kugata ka tanzaniya kuko niyabikora baca bamwima "ubuhungiro"

  • Mbe uyo mugabo yatay umutwe?kwavugira inyuma y igihugu ayo mahoro arayafise ari mubuhungiro? sha arasanze Rajabu .Ahubwo nasome histoire ya Ndizeye ntare V imubere inyishu.

  • Ndamwifurije Kuza Agashika Ku Radiyo Wenye Ubwiwe Akabibeshuza Yivuye Inyuma Kuko Abarundi Turacagufiseko Umutima Tworema N,abakeba Boheza Bagashira Ibizeze Kandi Ndashimye Ijambo Ryihumure Nkiryo Komera

  • Vyoba vyiza mwanditse muti: "Uwahoze ari umukuru w’igihugu" ahejeje....
    None agitwarira mu mahanga?

  • agashinyaguro kiwe ntikazopfa gaheze,,none ko uburundi burimwo amahoro naze none aha i bujumbura nindege,,,kwaruheze inyuma urugo rwiwe,,nabe areka gufyina ibintu bikomeye,,,

  • manuka rero muburundi tukwemere iryo nigere ryanyuma bayi

  • abobiyamiriza ubutware bwawe nyakubahwa nabazeye uburaro mukigega cigihugu baharanira inda nokugomba kurya bagaramye aho ibujumbura gusa babona kumenga harihico ubarusha nabo ntibamenye kuw’Imana ihezagiy imuhezagira bos bareba kandi igikere ciganye inka gufora amabondo cahasize agatwe twebwe muzee tuzogutora kiretse urambiwe nukwitoza kuko jew ntore ukubaho kwanje nukurya ncumukuye ndeke nuko jew prezida mugutwara kwiwe ntacampombeje na1 mvuze ivyo ntari imbonerakure sindimumugambwe ndumuntu abobiyamiriza ubutware bwawe nyakubahwa nabazeye uburaro mukigega cigihugu baharanira inda nokugomba kurya bagaramye aho ibujumbura gusa babona kumenga harihico ubarusha nabo ntibamenye kuw’Imana ihezagiy imuhezagira bos bareba kandi igikere ciganye inka gufora amabondo cahasize agatwe twebwe muzee tuzogutora kiretse urambiwe nukwitoza kuko jew ntore ukubaho kwanje nukurya ncumukuye ndeke nuko jew prezida mugutwara kwiwe ntacampombeje na1 mvuze ivyo ntari imbonerakure sindimumugambwe ndumuntu mbere muto.

  • Nagende hubwo bamukanye. Kozuguruye nikuki asembereye? Yananiwe gutaha hanyuma ahindireyo abandi?

  • Nagende hubwo bamukanye. Kozuguruye nikuki asembereye? Yananiwe gutaha hanyuma ahindireyo abandi?

  • KOMERA IYOMIHIMBIRI NDARINZI KO ATAMURUNDI AGIHENDWA NKUKO BAHENZE NGEZE UHEZAKUGOKA IBIGORIBIKERA

  • Genda amahoro Peter wari waratwifatiye nizo mbonerakure zawe. General Adolphe, Willy Nyamitwe, Nduwimana Edouard, pascal Nyabenda, ndakugarika, nabo bose bari bafatiye amaboko imugongo abarundi mugende amahoro imana ibakire mu bwami bwayo.

  • ngo abashaka kubugendera nibabandanye no kuki atobaza imbere akabereka !! ninde yogendera igihugu n’umukuru waco yasubijwe inyuma agiye kuri aeroport.fata inkoho fata inkoho ariko naho nyene ukawucana tuwuzimiriza iwawe nyene ugize amahirwe ukahakura amabwena hahah yaco unanamba amaraso ya safisha wanyoye nayandi washeshe wibaza ko azijana?

  • umugabo must Gupta arasezera ivyo yavuze nikujitetey nibimaramare uyo mwichanyi tumufatish iminwe igihugu gisubire my mahoro utwo turwi

  • EGO MUTAMA URAKOZE KUDUHUMURIZA VYOBA NIVYO.INGANJI YAWE NISASAGARE HOSE.

  • Nagushima cyane uje ukabivugira mugihugu cyawe

  • Wang Nurek Gutetemera Kuk Bakubwiy Kuva Kera Utunva Non Nyambushakubutunzi Imyaka Cumi Utway Nturatunga? Emera Utangimihoho Kuk Wakoz Ivyiza Vyinsh Vyohava Bihinduka Ibibi Kand Abarundi Dufis Agahararo Twaraguhaz. Bawiyunvira

  • Ijambo Uvuze Ndaryemera,abarundi Nibatekane Ntantambara Iri Mu Burundi.

  • Nkurunziza namenye ubwenge, abari kumutera ntabwo ari abarundi gusa, ni abo basanzwe barebana nabi bo karere k’ibiyaga bigari, nawe nabatere nibasubira inyuma kwitabara iby’iwe birahosha niba atabikoze ni hahandi ubutegetsi bw’iwe buratembagara rwose!

  • None Ko president avugako imbibe zigihugu zifunguye nigiki camubujije gutaha?
    Nareke guhuma amaso amakungu nay’abanyagihugubo ntibakimukeneye ntawase kumutekano utob’uhari kuko urugamba twaraye turutsinze ahubwo Tanzaniya nibikore nkuko yam’ibikora imwihere ubwenegihugu nayuburundi hoho ntitukimukeneye

  • komera mutama nkurunziza twebwe urwaruk tukuri inyuma abo biga gutembagaz ubutegets nibabandi mwacira umugani w’ivubi n’imbwa.aho imbwa yabona inyama ikazisimbirak kubera ubukunzi bw’inda iribagira yuko yaje gusaba umugeni.nay godefroid nafatwe kumabi yakoz cank mumuzane tumwambur ayo mapete yitwaz nateshw ate amase yakera ntagihom urutaro.ndashimira abamaz kw’ishikana kandi prime ut komera uraz ico ujejwe ntukorane nizo nyankaburundi waramiz ibanga rya gisirikare.arik kubona umuntu yitwa nka godefroid yisetsa ngo akuye abantu kubtegets umushikiranganji wo kwivuna abasi nuwumutekano,nuwa Etat Major batamushigikiy yagomba ik?ubu sinko kur NDADAYE igisirikare kiracanze.

  • Ndabikunze cane.
    ABANYAGIHUGU Bariko bonona gusa I gihugu, uko si ukwiyamamaza ni kwica, kwiba, n’un’ukwiba. Umukama azobibabaza igituma bakora Ivyo Je ndizeye Yezu Christu N’UMukama bizogenda neza vyose.

  • none kuroha abandi honyorayo turabe birangire wibonera ahubwo reka tuzambike twikokore wirabire koroka dukubite c v k

  • BWANA NKURUNZIZA NAREKE KWIDADIRA GUTWARA.UBURUNDI KUKO VYAMUNANIYE GUTWARA NTABUGABO YEREKANYE NAREKERE GEN MAJ NIYOMBARE YAMURUSHIJE UBUTWARI

  • Guma kwivora mutama abajebajeba bajebajebe natwe dusonge mbere Imana ntishobora kwihanganira Injavyi.

  • Nagir Mbaz Non Ko Ataz Twebw Abagumyabang Twagiz Ubwob Mwotubwir Iki Cokuturemesh Kuk Mugumye Iyo Ivyo Bavuga Vyozoba Vyo?

  • None nimba amahoro n’umutekano ari vyose, ivyo navyo bituragurika n’ibiki?

  • kohari amahoro kuki wagumye uhunze?reka guhenda abarundi namakungu ntugaruke

  • Ariko ga Peter ubuwewe uracakomeye kweli mbegakuki ushakakuducanishamwo, hanyuma ukigira yasoni, ahubwo rindiragatoya tura kurengutsa uje gusigura ingene ucanishamwo abarundi

  • Haaaahiiiii jewe Baba jwe nijwi ryarye noguhaye none uriko wigumiza haze taha tukurunde amajwi hoooooo twe ;na Mutabazi!vuganabi;nuwera;nyamitwe ;nduwimana ;kaburugu;etc ntuduhemukire???haaa rara rara rara uwuzotagura intambara izoherera iwe :rara rara rara hiii hiii

  • Rindira gato iyo mihimbiri yigira ngo yafashe igihugu mumwanya utari mutu turapasura imitwe duheze twiyokereze inyama zabo

  • Non Ko Umutekan Ari Ikireng Non Ayo Maradio Bavug Ko Bariko Baraturir Ivyo Nivyo Wita Umutekano Reka Ubu Abanyagihug Batobato Twaraciy Akenge "uwutazi Ko Atatuzi Amaguru Yoyambika Ishati"

  • Non Ko Umutekan Ari Ikireng Non Ayo Maradio Bavug Ko Bariko Baraturir Ivyo Nivyo Wita Umutekano Reka Ubu Abanyagihug Batobato Twaraciy Akenge "uwutazi Ko Atatuzi Amaguru Yoyambika Ishati"

  • Non Ko Umutekan Ari Ikireng Non Ayo Maradio Bavug Ko Bariko Baraturir Ivyo Nivyo Wita Umutekano? Reka Ubu Abanyagihug Batobato Twaraciy Akenge "uwutazi Ko Atatuzi Amaguru Yoyambika Ishati"

  • Uwahoze ari umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza , dusabe aba Tanzaniya bamubungabunge bongere bamucunge kuko urukiko mpuzamakungu ruzomukenera budatevye. Agarutse mu Burundi uwuzomubona wese amufate.

  • So SAD to hear how TAnzania is allowing Nkurunziza to use his phone to make the fight and the situation worse in Burundi.Which kind of neighbour?
    There is a God, un jour ca sera leur tour...

  • iryo ni igere rya mwisho nagerageze turabe

  • President Turacagkunda Ark Twogusab Ko Niwab Ubona Ko Umutekano Wjw Utubahirijw ,Woba Urabangira Kugaruk Kk Wohava Ugirirwa Nab Hama Amaraso Y’abarundi Beshi Agaseseka .

  • None kwavuga ngo haramahoro we kwadataha murayo mahoro

  • none.amahoro ntiyobaho.tokisubiriramugihugu.?

  • none.amahoro ntiyobaho.tokisubiriramugihugu.?

  • Hah!hah!sha burya urintamutwe ibintu birikovyankirika ng’umutekano niwose?ahubwontukwije peee!!

  • uko birikose muntara hagati hari umutekano urenzeko ariko ibujumbura siheza nibageragez babitungany mukwumvikana

  • ngo peter yob yashitse mu burundi???

  • imana abategetsi basenga so manager yukuri kuko uwoja kuri tere ntiyovuga ko amahoro ahari ninzara itekeye abarundi bats rengutse my Burundi. bazorengutswa i iyarusha Atari iyarusha ni rahe vyanse ikuzimu ntazorica ndabarahiye

  • igitangaje nikimwe none president ko yatevyeye ivyatsi iyo nyifato ya niyombare.iyo yari bamubwiye kuza kwitoza?canke .vyiza navuge ahahagaze hakiri kare kuko akataretse kaba gasema .mu burundi.vyose vyararangiye ,

  • igitangaje nikimwe none president ko yatevyeye ivyatsi iyo nyifato ya niyombare’’iyo yari bamubwiye kuza kwitoza?canke .vyiza navuge ahahagaze hakiri kare kuko akataretse kaba gasema .mu burundi.vyose vyararangiye ,

  • naze Abivugiremugihug tumunyong wumva uriko ugomatiki???

  • Nimc Umutekan Urimuhira Kwa Nkurunziza Tweturaye Mugitoke.Na 4ne Ntituyitab.Rro Narek Kwicinzeher Kuk Nibiriko Birononekar Mugihug Nivyishi.P6.

  • Asha ntasoni afise abantu biriwe mumazu atanuwusohoka ngo amahoro niyose nawe nugaruke uyasasagaze

  • @nwari
    Tu es un abrupti!Muriko mwigira utwo inda zikoza mw’i butura,na bado ivyo mumaze iminsi mwikoza ,ntaco mvuze!!!

  • Vous êtes vraiment sot est ce que les gens qui meurent chaque jour àcause de vous et làvous dites qu’il y a vraiment la paix celui qui croit ce que vous dites et sot auss

  • None Ko Mutagomba Kubura Ngo Muje Mu Manama Canke Mukore Ibiganiro Bizoherera He ?Humuriza Bose

  • amahoro ariho nivyontacomuvuganabi
    ahobwonimurondere abobagomba gutembagaza igihugu noe pitankurunziza ntazotogwa nabanyagihugu bamushaka abatamushaka nabobosise uwiwabo nimureke kuvamukawa chose bizotsa mumatora

  • That Isn’t True In That There Are Not A Peace Look At In Countriside And Make Analyse

  • Abant bapf badapf ntaco bimutway nne ntibavuka k’ubuntu reka bapfe ku buntu ubund ho ntiyivugiy ko ari nk’ukunywa akayi! Namba mutumva.Ni mcezo wa ndani nk’uko babivga.Tweho dtegerezw guhona nyene.

  • J’entend Souvent Parle Que :<burundi’s Countrie Of Milk And Hunny>> Mais C’est Faux

  • J’entend Souvent Parle Que :<burundi’s Countrie Of Milk And Hunny>> Mais C’est Faux

  • EMWE REKATURABE IYOBIHERERA DUSABIMANA IDUHE AMAHORO OK

  • Abatinya Kuja Mu Matora Batinya Gutsindwa Canke Gutsinda?Erega Vyose Birashoboka!Petero Nkurunziza Arafise Abiwe Kandi Bamuyoboka Ngira Namwe Mwiboneye Aho Ukuri Guhagaze.

  • Yeemwegay nubu yagaruts uwo mugesra?? Ivyo yakoz twarabony ntakintu nakimwe yashiz imber atari kwica inzira karengane. Ariko turagowe ahubwo nugusenga..!

  • Nkuko vyavuzwe "uwuzotangura intambara izitangurire iwe yongere iherere iwe "ntantwaro yigikenye tugikeneye mugihugu dushigikiye inzira ya democratie

  • Ikigiye Kuba mugihugu hagati ya Nkurunziza niyindi migambwe nuko nkurunziza agiye kubereka uwufise amavya maremare hagati yiwe nabo Bosse bamugwanya ni nde aho rero igihugu gizocha kiba nka Sudan yamajefo hamwe atokoresha ubwitonzi bwinshi

  • Komera muzehe, wacu abakwanka bamaramare.

  • mbe ivyo mutukana nta soni,nta kuganza kutava ku mana.ahubwo vuga muti Mana dushaka ubutegetsi buvuye mwijuru.nayo ahandi sivyiza gutyoza ikiremwa nkawe kuko twese dufise ishusho y,Imana.

  • Nyakubahwa Imana Ikuje Imbere,kand Izobataliyo Muzirebe Vuba,buyoye Nawe Araho,musaga Na Sinduhije,munyakabiga,nibande?Murikino Gihugu,majenelali Bemaso,godifuruwa Uribagiye Uburundi,none Ayomaraso Usese Ubaye Iki? Imbere Y’ Imana,vitali Uri Muburund? Murwanda Namahoro,chunga Leo Venna Kesho Wewe,maandamano Kesho Tuanzie Hapo Kwako Asante,maamuzi Mazuri Kesho,

  • komera mutama,intwari zo ntizibuze,dushimire general major prime niyongabo ndetse mutama twizerako ugiy kumushimira mukumugrada kwipeta rya lieutenant general,wongera ugrada umusirikare warurongoye abandi bar kur radio nkur yigihugu,nizind ndongozi naw uzi knd ubona,tutibagiy abarundi bumutima runtu,nuhagame mu gihugu no mu makungu,

  • Komera muzehe, wacu abakwanka bamaramare.

  • Barabony ko tur ibijuju iyo coup d’Etat monté bibazako tutayibona?NIYOMBARE ar he kwatafashw nk’abandi war umugambi w’uguturira ama radio banyukur abanyagihugu atawuvuga

  • Mbega umugabo wabagabo,urabereye guhabwimpundu!ntawabayeho ntanuwuzoza ahwanye nawe!mwabagesera mwe mwarimwaramenyere kuduta mukaga mukugandagura abakuru bibihugu bitorewe nabanyegihugu?reka da nkurunziza we suko,ni cayiiii!!!komusigaye mwikovye umenga ninkware yafashwe numushibuka ?reka tubacangecange tubashire kumurongo,cambu canyu politike zitarutana iya cndd-fdd yo nagahebuza!nabandi muze mubabwire!ubu ndazi na obama agiye gusaba ubufasha bwokumucungerera ubuzima ngahiwacu,kuko ingabo zigihugu cacu ningwe!!!!tinya vako!!!

  • mutama turakwemera kuko uri umugabo kand turacakeney ko urongora uburundi maze tukibera mu mahoro abo nabo bazimiye bandanya kubashira ku murongo natwe abarundi tukuri inyuma kand turagushigikiye

  • @imana irac....
    Ahubwo ni mwebwe mwibazako turi ibijuju,imigambi yo guhonya abahutu yabatekurukanye,twebwe ntaco tuzobagira tituremye kimwe,coup d’etat yakozwe n’abatutsi gusa!ahubwo za muramaramara muhore ntimuhave mukubita agati mu ntozi,murasara kabisa coup d’etat mwayiteguye kuva kera ntimwaguma muyirirmba hano ku ma sites mwibazako mutabwira abumva,rukindikiza ivyo yavuze kuri france 24 ngo hazoba coup d’etat,ntitwumva,ba pancrace ukuntu birigwa bikiriza bashimira abasoda bamwebamwe burya mwibazako tutabona ko hari ico bishimiye,ba sinduhije amajambo bamaze iminsi bavuga,ariko bo nibivugire ntibari i burundi,maramara neza!!!

  • TURAMUKEJE KANDI TURAMUSHIGIKIYE

  • mwumve bahutu batutsi.jewe nama mbuga kandi mvuga ukoa ibintu ndabizi.nkuko namye mbabwira,ndumuhutu windya munyu.uyo nkurumbi mwumva,ntakabe nkurunziza,yari nkurunziza akitwizeza yuko abahutu tugiye gukira,ariko mwitegereze ukuntu yaduhemukiye izuba ryaka.jewe singomba guhisha umwotsi inzu iriko irasha,nukubivuga mvyeruye.uwo nkurumbi mubona,yuzuye amacakubiri murico gitwe ciwe.,akongera agahonya abahutu kugira aronke uburyo bwo kuguma kuriyo ntebe yicayeko,erega nimukanure mubone ukuri aho kuri ntaco muguma muri ibihwiji.azobamara yitwaza yuko ari abatutsi bagomba kubamara.ivyi bihutu vyanikira amazuru ngo barashigikiwe,nimurabe ivyabaye i muyinga muru ruvubu.ni abatutsi babikoze?ni mwibuke ivyabaye mu gatumba.ni abatutsi babikoze?abo batutsi ariko arakubita akabakubita nkuko muriko muibona,nibo bamushikanye aho ari.ariko,imana ninyakuri,twizere yuko ibona amabi ico gikoko co mwishamba kiriko kirakorq,hanyuma imudukureko.naho kuvuga yuko ari akarwi kabatutsi kabikoze,muhendwe ukuri muzoteba mukumva mwariyanduje mugusesa amaraso.ntabahende ngo mukore amaraso nkayakora,araykora wenyene yamenyereye kunywa amaraso yabahutu.

  • Igihe coye uwukora ivyiza abantu ntibamwemera mwibuke ko na Jesus yishwe nabiwe muga ubu sikera twarakanuye amajambo ntaghenda umuntu kuko ubu umurundi wew avuga ati:"ndumuhutu ndumutwa ndumututsi" komera se barundi

  • imbere yuko ngira ico mvuze mbanje gushima ku kigoro mugira ko gushikiriza ivyiyumviro amanyagihugu batanga,ijambo numva noshikiriza bisa naho ndabibwira abene igihugu,hama nkanabamenyesha ko bakwiye kuva mu bugugu bahenzwe nabanyamahanga.amaraso igihugu kimaze guseza nabonse rimwe ni menshi,abarundi harivyo twarazwe nabasokuru bijanye no kuvugira mu migani nanje umugani wanje numva nosa naho nsangira numuntu wese uhereye kuri nyakubahwa arongoye igihugu c uburundi nuyu mbega umuyanga yanzi yashobora kuragira ubusho bw’inka,abarundi barantangaza jewe ntacantangaje nagato kubijanye nivyo umukuru wigihugu ariko arakora,icamuteye kuja mwinshamba mwese murakizi sugukunda igihugu ariko nuko yari yabonye ingene bisheumuvyeyi wiwe none nkawe namba waraciye mwishure vyukuri wokwibaza ko umuntu nkuyo ashikiriye ubutegetsi aba azanywe no kugarukira amahoro canke aba afise iyindi ntumbero,yo kugira y ihore ivyo yasonye bakorey se,ubona kubana bigihugu hari nico avuga?wewe yibaza iki nkijambo nkiryo ashikirije azi abanyagihugu baburiye ababo nivyabo,iyo nibaza kwarimwe bita strategie politiques akoresha kugira ashike kuntumbero iri mu mutima ndazi ko ashobora gusoma ubu butumwa niyo mpamvu dushoboye kwandika ngo uyu mugani aho aryama canke agirira umwanya wo kwiyumvira kubiri mugihugu,awiyumireko si wewe wenyene abarundi twese turazi abasheshe amaraso bavuga ngo ntagiti kigukora mujisho kabiri kiba gishaka kurimena,barundi barundi kazi bibahe icigwa ibi umukuru wigihugu akora bibahe kumenya icatsi mururo,mureke guhedwa ntawasheshe amaraso yoshobora kuba umuvyeyi wigihugu igarure bene wacu

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.