Accueil > Amagara y’abantu > Abana bagiye gutangura guhabwa urucanco rwa Malariya
 Abana bagiye gutangura guhabwa urucanco rwa Malariya
 Abana bagiye gutangura guhabwa urucanco rwa Malariya
				
				lundi 24 Ndamukiza 2017, par
Urucanco rwa mbere rw’indwara ya malaria rugiye gutangira gutangwa muri Ghana, Kenya na Malawi.
Abana bagera ku bihumbi 750 bazokingirwa malaria mu gihe c’imyaka ibiri, bahereye mu mwaka uza, nk’uko BBC ibivuga.
Ishami rya ONU ryitaho amagara y’abantu kw’isi (OMS) ryabishikirije inyuma urwo rucanco rwerekaniye ko abana bane kuri cumi bakozweko ibipimo berekanye ko badashobora kwandura Malaria.
IGIHE

Messages
25 Ndamukiza 2017, 01:46, par gilb
mu burundi hoho ntirukenewe?! ruzohagera ryari?! abana b’abarundi nabo bararukeneye
26 Ndamukiza 2017, 17:58, par Don’t worry
Bane kuri cumi gusa? Hanyuma ntangaruka mbi ruzana mu mubiri?
Mubisanzwe urucanco rwemerwa ruvura abangana iki kuri cumi? Jewe nagira ngo barinda gushika icenda! Utibagiye ko incanco zuzuyemwo ubumara bufise ingaruka mbi kenshi zitamenyekana imbere y’imyaka myinshi.
13 Rusama 2017, 04:40, par Hakizimana Abdoul
None urwo Rucanco Ruzo Hera Kumyaka Ingahe
2 Ruheshi 2017, 10:55, par HAKORIMANA MECHACK
NONE INGOZIKOHARIMALARIYANYISHI HOHOMUZOHASHIKARYARI
21 Myandagaro 2017, 22:55, par Eric
Duhe Imisegetera