Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abanyekongo 17 bari bafatiwe mu Rumonge basubijwe iwabo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Ibiza > Abanyekongo 17 bari bafatiwe mu Rumonge basubijwe iwabo

Abanyekongo 17 bari bafatiwe mu Rumonge basubijwe iwabo

mercredi 4 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Abajejwe intwaro muri iyo ntara ya Rumonge bamenyesha ko batewe amakenga n’abo banyagihugu bavuga ko bari baje mu Burundi kuramukanya.

Mu ntumbero y’ugukingira umutekano w’igihugu, abajejwe intwaro mu ntara ya Makamba bakaba bafashwe ingingo y’ukubasubiza i Baraka, aho bari baje bava.

Abo basubijwe muri Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo bari bamenyesheje ko baje kuramutsa incuti n’abagenzi babo mu ntara za Bujumbura Mairie, Makamba hamwe n’aho nyene mu Rumonge aho bahagarikiwe.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.