IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Rumonge : Amavuriro abiri n’amazu ane adandaza imiti yugawe

Rumonge : Amavuriro abiri n’amazu ane adandaza imiti yugawe

mardi 14 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANA

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, Petero NKURIKIYE amenyesha ko ayo mavuriro hamwe n’amazu y’ubudandaji yugawe mu ntumbero y’ugutuza abakora batubahiriza ibisabwa n’ubushikiranganji bw’amagara y’abantu.

Amazu y’ubudandaji (Pharmacies) yugawe ni iyo mu gisagara ca Rumonge yitiriwe Umukiza Mweranda (Saint Sauveur), Pharmacie de la Providence iri mu gisagara ca Rumonge, hamwe na Pharmacie TURAME iri mu Kizuka.

Amavuriro nayo yugawe ni iryitiwe Umukiza Mweranda (Centre Médical Saint Sauveur) hamwe n’ivuriro "NEMA" riri mu gisagara ca Rumonge.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.