Accueil > Imico kama > Umuco > Uduca mugani
 Uduca mugani
 Uduca mugani
				
				dimanche 18 Munyonyo 2012
 Buke buke nirwo rugendo
 	Buke buke nirwo rugendo 
 Buke buke bukomeza igihonyi
 	Buke buke bukomeza igihonyi
 Buke buke bushikana umusiba ku mugezi
 	Buke buke bushikana umusiba ku mugezi
 Wanka bangwe ntiwanka zana ndabe
 	Wanka bangwe ntiwanka zana ndabe
 Akabigira kabizi karya imboga karitse
 	Akabigira kabizi karya imboga karitse
 Nyamutegera kazoza yakwereye inda ku  yindi
 	Nyamutegera kazoza yakwereye inda ku  yindi
 Intabwirwa ibwirwa nuko amaso atukuye
 	Intabwirwa ibwirwa nuko amaso atukuye
 Nyene Imbugita ni uwuyifashe ikirindi
 	Nyene Imbugita ni uwuyifashe ikirindi
 Uwutazi umuti awunya ko
 	Uwutazi umuti awunya ko
 Umwansi agucira icobo Imana ikagucira icanzo
 	Umwansi agucira icobo Imana ikagucira icanzo
 Inzira ya hagufi yamaze  Abatwa,
 	Inzira ya hagufi yamaze  Abatwa,
        ……………….
