IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imico kama > Umuco > Umuco w’Ikirundi

Umuco w’Ikirundi

dimanche 18 Munyonyo 2012


Pierre Claver Niyonkuru

Portfolio

Messages

  • igihe.bi ndabashimiye byumwihariko kumugambi mwiza mwatangije wo kutugezaho amakuru kumunsi kumunsg. thanks a lot.

  • Ndabashimiye cane kuri uru rubuga ntaramakuru rushikiriza udukuru tw’Urwanda n’Uburundi. Turi ababanyi, turi abavukanyi, turakwiye kumenyana n’ugukundana turushiriza kuba akarorero keza muri Afrika, nk’uko kw’isi yose basanzwe batangara ingene Abarundi n’Abanyarwanda bari mu bantu bitaho imico kama yabo kandi bagashima kuyimenyekanisha. Mubandanye mudushikiriza ibiganiro n’amakuru yerekeye ubuzima bwa misi yose n’imibano.
    Murakoze

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.