Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Umukuru w’igihugu yashize ingori z’amashurwe ku cibutso c’incungu yo (...)
 Umukuru w’igihugu yashize ingori z’amashurwe ku cibutso c’incungu yo kwikukira
 Umukuru w’igihugu yashize ingori z’amashurwe ku cibutso c’incungu yo kwikukira 
				
				Monday 2 July 2018, by
Ibirori vyo kwibuka imyaka 56 Uburundi buronse intahe yo kwikukira vyitabwe kandi n’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu ,icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu ,abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi hamwe n’abandi.
Uburundi bwaronse intahe yo kwikukira kw’igenekerezo rya 1 mukakaro umwaka w’i 1962.
 
 
 
IGIHE
