Ubudandaji
Inyuma y’indwi irenga haboneka ubukene bw’igitoro ku murwa mukuru w’intara ya Gitega,Abagendesha imodoka zunguruza abantu muntara ya Gitega basaba...
Ubushikiranganji bw’ubudandaji, amahinguriro n’ingenzi bwadugije igiciro c’isukari iva ku mafaranga 2200 y’amarundi ku kilo, ija ku mafaranga 2340...
Umukuru w’ishirahamwe ry’abaguzi ABUCO Nöel NKURUNZIZA asaba ko ingingo ya Reta yo gukura amatagisi ku bidandazwa vya nkenerwa vyinjira mu gihugu...
Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu n’inyigisho zo gukundisha igihugu Pascal BARANDAGIYE amenyesha ko hagiye gushingwa umurwi ujejwe...
Ifoto y’umunsi

22.02.2017
2
2
0
0
20403
Umukuru w’igihugu yahaye umubonano B.Ondengo umuyobozi wa Kenya Airways mu karere ari kumwe n’umuyobozi wa Kenya Airways mu...
Umwunganizi w’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu n’inyigisho zo gukundisha igihugu Therence NTAHIRAJA amenyesha Reta y’Uburundi itigeze...
Buramatari w’intara ya Ruyigi yafashe ingingo y’ukubuza abadandaza gusubira gusohokana bimwe mu vyimburwa vyo muri iyo ntara. Iyo ngingo ya...
Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu n’inyigisho zo gukundisha igihugu Pascal BARANDAGIYE amenyesha ko ata soko nimwe ya Komine izosubira...
Abanyagihugu biyunguruza mu gisagara ca Bujumbura bakoresheje imiduga yunguruza abantu,basaba Reta gusohora inoti nshasha z’amafaranga 100...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 | 10
Reta yagiriza bamwe mu badandaza igitoro mu Burundi ko bakinyegeza ku nyungu zabo, bamwe muribo bakaba batswe uburenganzira bw’ugusubira kwinjiza...
Inyuma y’amezi icumi n’ane ikorera mu Burundi,Ikompanyi y’indege Flydubai yamenyesheje ko kuva kw’igenekerezo rya 19 Nzero 2016 igiye guhagarika...
Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 1 Nyakanga 2015,Ibanki nkuru y’igihugu yasohoye inoti nshasha z’amafaranga 1000. Mw’itangazo ry’Ibanki nkuru...
Ikigo OBR (Office Burundais des Recettes) kijejwe kwegeranya amakori ya Reta cugaye kuva kuri uwu wa kabiri ubwinjiriro bw’ibidandazwa bwo ku...
Amasitasiyo abiri gusa niyo yadandaje igitoro co mu bwoko bwa Essence mu gisagara cose ca Bujumbura, bitewe n’ubukene bw’ico gitoro bwibonekeza...
Impanuka y’umuriro yiyadukije mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu mu mazu y’ubudandaji ari mu gisagara ca Bujumbura, aho bita "Kwa DIKO". Mu giporisi...
Agasoko ka Nyakabiga ntigakora neza bivanye n’uko atabantu bakwiriye baza kuhasumira, ariko abadandaza barafise icizere ko mu minsi kazosubira...
Igiciro ca "Essence" cadugijwe

14.06.2016
0
0
40167
Ubushikiranganji bw’ubutare n’amasoko ntanganguvu bwashize ahabona itangazo ryerekana ingene ibitoro bigiye kudandazwa mu Burundi muri uku kwezi...
Ama Station 15 adandaza igitoro yahagaritswe n’ubushikiranganji bw’ubutare n’amasoko ntanganguvu kuva kuri uwu wa mbere. ubwo bushikiranganji...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9
Mu gihe isekeza ry’ukwimbura ibikaju vy’isukari mw’ishirahamwe SOSUMO (Société Sucrière du Mosso) rizorangira mu ndwi zibiri gusa, umuyobozi mukuru...
Ingingo yo kwirukana abadandaza b’ivyamwa n’imboga mu mabarabara yo mu gisagara ca Bujumbura iriyamirizwa mu gihe batararonswa ikibanza bashobora...
Abadandariza mu mabarabara y’igisagara ca Bujumbura, bagiriza musitanteri wa komine ya Rohero Mariya Suzana Ndayisaba, kuba abarungikamwo...
Abapfasoni bo mu ntara ya Cankuzo bagira urudandazwa rwo ku mbibe Uburundi buhana na Tanzaniya, bariko barahabwa inyigisho, mu ntumbero yo...
Ishirahamwe ry’abapfasoni bagira urudandazwa ndengambibe rimenyesha ko uyu mwaka uriko urarangira w’2013 batigeze batera imbere mu rudandazwa rwabo...
Umuyobozi mukuru wa SOSUMO (Societé Sucrière du Moso) yatowe kuba ariwe muyobozi w’akarorero muri Afrika mu mwaka w’2013. Audace Bukuru, umuyobozi...
Umwimbu w’ishirahamwe rihingura isukari SOSUMO (Societé Sucrière du Moso) waraduze cane muri uwu mwaka w’2013, ugererenije n’imyaka iheze. Umwimbu...
Abadandariza mu mabarabara y’igisagara ca Bujumbura bagirijwe kuba batumva ingingo zafashwe, ndetse indwara ziva kw’isuku rike nazo zigaca...
Mu myaka yaheze, imiduga yarakubita ikuzura mu mabarabara n’umuntu ntaronke aho ahonyora mu minsi ya Noweri eka n’iminsi ikurikira uyo munsi...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 | 10