IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubudandaji > Abadandaza igitoro basabwe kunagura amaserano abaha uruhusha rwo (...)

Abadandaza igitoro basabwe kunagura amaserano abaha uruhusha rwo kukidandaza

jeudi 24 mai 2018

Mw’itangazo ubwo buyobozi bwo mu bushikiranganji bw’amazi, amasoko ntanganguvu, ubutare n’agataka bwashize ahabona, bumenyesha ko igikorwa co kunagura amasezerano ari itegeko.

Ubuyobozi bujejwe kugenzura igitoro bumenyesha ko abadandaza b’igitoro ku bituro bataranagura amasezerano, bafise iminsi icumi n’itanu kuva kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 23 Rusama 2018, kugira bazobe bahejeje kubikora.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.