u Burundi
Abanyagihugu baba muri Site ya Gateri, muri Komine Buganda ,Intara ya Cibitoki bamenyesha ko ubuzima babayemwo buguma bugora ku mwaka ku...
Umuhuza w’abarundi Edouard NDUWIMANA asaba imvukira z’intara ya Rumonge gukorera hamwe imigambi, mu ntumbero yo guteza imbere intara yabo. Mu nama...
Icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Gaston SINDIMWO amenyesha ko mu gihe ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika ritoriha ibirarane rifitiye abasirikare...
Abafata urugendo bava mu gisagara ca Bujumbura baja mu ntara ya Gitega basaba ko iduzwa ry’igiciro co kwiyunguruza ryokwubahirizwa,kuko hari...
Gervais ABAYEHO, yahora ari umuvugizi w’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yagenwe guserukira Uburundi mu gihugu ca Tanzaniya. Izina rya...
Ikiringo Uburundi bwari bwatanze kugira amafaranga y’imishahara aheraniwe abasirikare b’Abarundi barungitswe kugarukana amahoro muri Somaliya azobe...
Umugambwe PPD-Girijambo uri mu runani CNARED umenyesha ko utazokwitaba ubutumire bw’umuhuza mu matati y’abarundi Benjamin Mkapa. Nkuko biri...
Abanyarwanda 11 n’umurundi umwe baciriwe urubanza na sentare nkuru y’intara ya Kayanza,bagirizwa kwiba ubutare bwo mu bwoko bwa Coltan muri Komine...
Umukuru wa Sendika y’abigisha bo mu mashuri yisumbuye CONAPES Emmanuel MASHANDARI ,asaba Reta y’Uburundi kuduza imishahara y’abigisha. Kubwa...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
General de Brigade Philbert Habarugira amenyesha ko hariko hategurwa irindi tembagazwa ry’ubutegetsi rizokorwa n’abashigikiye Umukuru w’igihugu...
Mu kiganiro Aloys Batungwanayo, umunyamabanga mukuru akaba n’umuvugizi w’ishirahamwe ryishinze kwibuka no gukingira kiremwa muntu ivyaha...
Lt Gen Adolphe Nshimirimana yitavye Imana kw’igenekerezo rya 2 Myandagaro 2015,kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 22 Myandagaro niho...
Gervais Rufyikiri yoba yahunze igihugu ?

19.06.2015
129
3
0
0
312444
Amakuru ariko araca ku buhinga ngurukanabumenyi ko icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu Gervais Rufyikiri yahunze igihugu yabeshujwe n’umuvugizi...
Inyuma yaho ashakiye gufatab ubutegetsi ku nguvu bwa Petero Nkurunziza ari kumwe n’umurwi w’abasirikare n’abaporisi bikanka, General Godefroid...
Umukuru w’ibiro bikuru vya gisirikare Gen Prime Niyongabo yarokotse igitero cabaye ku modoka yiwe mu gatondo ko kuri uno wa gatanu igenekerezo rya...
Inkuru iriko iravugwa mu gisagara ca Bujumbura n’iyigandagurwa ry’abantu mu Cibitoke ca Bujumbura, harimwo bane bo mu muryango umwe, se n’abana...
Mu cegeranyo catanzwe n’abarorerezi mpuzamakungu b’ishirahamwe ONU ku matora yabaye mu Burundi, bavuga ko ayo matora yabaye hari icuka kitari co...
Alain Guillaume Bunyoni na Adolphe Nshimirimana bahejeje kubogozwa mu mabanga yabo nk’uko tubikura ku rubuga rwa Facebook rw’ibiro vy’umukuru...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Igipolisi cogira ishaka kikagira amatohoza ku bantu bose, hamwe n’ibibanza bikekwako urudandazwa rw’abana. Ivyo bivugwa mu gihe bimaze kwibonekeza...
Umunsi wa mbere igenekerezo rya 14 Gitugutu n’igenekerezo rya 15 yatanzwe nk’iminsi y’akaruhuko ku bakozi ba Leta. Ku munsi wa mbere hazohimbazwa...
Abanyagihugu bo mu gisagara ca Bujumbura twashoboye kuyaga nabo, basaba abategetsi barongoye inzego zose, kwubahiriza umuntu wese mu bikorwa...
Umurwi utunganya amatora mu Burundi CENI (Commission Electorale Nationale Indépendante) watunganije inama yo kwungurana ivyiyumviro hagati...
Iyo ngingo yafatiwe mu nama idasanzwe y’urwego rukuru rwa sendika SYNAPA y’abaforoma kuri uyu wa gatandatu italike 22 Kigarama 2012. Bumvikanye...
Ikigi CDF gifasha ingo n’imiryango kimenyesha ko abakenyezi n’abigeme babandanya gukorerwa amabi mu ntara zitandukanye z’igihugu. Mu ntara ya...
Ishirahamwe ry’abagendana umugera wa sida mu Burundi ANSS rifadikanije n’ishirahamwe ry’abinonora imitsi , kumwe n’ishirahamwe ry’abakenyezi...
Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ari kumwe n’umuryango wiwe,baratunganije igikorane co gushimira Imana i Buye mu ntara ya Ngozi kikaba catanguye...
Mu gatondo ko kuri uyu wa kane igenekerezo rya 27 kigarama,i Ngozi, umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yatanze inyigisho ku rwaruka,mu rwego...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...