IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Uwahoze atwara ikigo ONPR yagenywe kuba umunyamabanga ntayegayezwa (...)

Uwahoze atwara ikigo ONPR yagenywe kuba umunyamabanga ntayegayezwa w’ubushikiranganji

Monday 17 September 2018, by vianney

Kubw’itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/134 ryo kw’igenekerezo rya 14 Nyakanga 2018 rimenyeshako Onesphore BARORERAHO agenywe kuba umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikirnganji bw’intwaro ibereye.

Onephore BARORERAHO yahora ari umwigisha muza kaminuza zitandukanye akaba yarigeze gutwara ikigo kijejwe gutegekaniriza kazoza abakukuruke ONPR(Office National des Pensions et Risques Professionnels).


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.