IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Diaspora > Hollande : Abarundi mu myiyerekano imbere ya sentare y’i La Haye

Hollande : Abarundi mu myiyerekano imbere ya sentare y’i La Haye

mardi 2 Ruheshi 2015

Abarundi baba mu gihugu ca Horande batumirira abarundi bose baba muri ico gihugu hamwe n’ibihugu bihegereye kwitaba imyiyerekano itegekanijwe kuwa gatanu igenekerezo rya 5 Ruheshi.

Nkuko biri mw’itangazo ryashizwe ahabona kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 2 Ruheshi,iyo myiyerekano izobera imbere y’inyubakwa zikoreramwo sentare mpuzamakungu mpanavyaha y’i La Haye,yatunganijwe mu ntumbero yo kwiyamiriza amabi yo mu ntambara n’amabi asinzikaza agateka ka zinamuntu akorwa n’ubutegetsi bw’Uburundi.

Amakuru dukesha ikinyamakuru Bujumbura News amenyesha ko urugendo ruzotangurira ahitwa Spuiplein isaha zitanu n’igice mu masaha yo ngaho,bace bagana ingoro ya Sentare mpuzamakungu mpanavyaha yi La Haye.Iyo myiyerekano bitegekanijwe ko izorangira igihe c’isaha icenda z’umuhingamo.

Abandi batumiwe muri iyo myiyerekano,ni abagenzi bose b’abarundi,amashirahamwe mpuzamakungu ategamiye Reta kandi akorera mu bijanye no gukingira agateka ka zinamuntu.

Messages

  • Ngo kandi i camion yuzuye amapine yoguturirira mwibarabara rija kwiyo sentare izoba ibarindiriye, basabwe nokwitwaza igikinju ca essence cogusuka kumapine kugira ashe neza, basabwe nokuza banyoye urumogi rukwiye namazirantoki ntibazoyibagire yogusuka mwibarabara kugirango inzego zumutekano zibure aho zica. kugira duhashe nubutagisubirayo imbonerakure zatwinjiyemwo ngaha ollands nazo nukuzituririra mumapine tubasanze aho baba kugiratwereko abari i bujumbura tubarusha amakari.

  • nivyiza ariko ntacobihindura kuvyerekeye trois mandats

  • Cumacindubaruba Urikibono Novg Ko Urengey Ubujuj.Ugr Umugamb Ufis Niwo Bafis?Ktavuz Ibiziga Mumagnira,Falukone Ababikira,isoko,nibndMugb Ubny Kvuga Uko?Uvuge Ureke Tuzojayo Knd Mumutekan Ntanger.Twasavy Nibihug Bhana Imbibe Nicturimw Kovyodufash Kwerekn Akababr.Naw Nugm Ujujt.

  • emma

    mwabantu muba hollande mwehoho nugusara gusa kuko ntaco muzohindura nimusarire hiyonyene yamara nimwaturira imbonerakure nimwe muzoce mwimba mwigera ndasavye abarundi bumutima baba hollande gukwirikirana izonyanka burundi ivyozikora zizobibazwe z

  • Komera nimuze duharanire ukwigenga kw, umunyagihugu abo batarameny ukuri mubareke ejo bazoturondera ntabwoba nukumwiyamirza nibazan uwundi harihoabandi bagabo

  • Nkuko basaba ko hotangwa umukandida akavyiyamiriza,none abajejwe ivy’amatora abeshi bakaba babivuyemwo.mbega bizoherera hehe????!!!mbega yotanga uwo mukandida ntivyoba vyiza kurusha aho hobanzwa guseswa amaraso?

  • Iyi irakomeye kubera bangiye kumurenga nkuru ingene yica abanu mumisi irimbere bazomuzana irahe ngufungigwayo

  • Baz bagende neza batazogira icobonona ngo bace babasubiza mwubu burundi bwintambara boba bagowe

  • Baz bagende neza batazogira icobonona ngo bace babasubiza mwubu burundi bwintambara boba bagowe

  • Baz bagende neza batazogira icobonona ngo bace babasubiza mwubu burundi bwintambara boba bagowe

  • ariko ntarundi basirikare babarund i bahitanwe nizo ntagondwa no muburundi ni vyo dutegereje kubona ndasabiye abahitanwe nizo ntagogondwa

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.