IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Diaspora > Bruxelles‬ : Abarundi bari mu myiyerekano

Bruxelles‬ : Abarundi bari mu myiyerekano

mercredi 29 Ndamukiza 2015, par Jean De Dieu

Abarundi baba mu gihugu c’Ububirigi biriwe mu myiyerekano, biyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza.

Abo barundi bitwaje inzandiko ziriko ko biyamirije ubwicanyi ndengerabutungane, bakaba kandi batera ivyatsi ingendo yo guhohotera abari mu myiyerekano, aho hari n’abamaze kwicwa. Abo barundi, bakaba basaba ko amasezerano y’i Arusha yokwubahirizwa.

Tukabamenyesha ko, abo barundi bahuriye i Bruxelles, bavuye mu mihingo itandukanye, y’ico gihugu.


IGIHE

Messages

  • Musobanukirwe mumenye ukuri,twese uko mutubona aha turi abatutsi harimwo abahutu 3 batazi ivyo twibereyemwo

  • muhoza uranguha jewew ndaho ndi vrai DD kandi ndi UMUHUTU W,umutima tekereza

  • Yooo, abarundi mwakemuye ibibazo byanyu neza kweli amoko encore???????????

  • @muhoza
    Iyo urementanya ba ushiramwo ubwenge na bukeya au moins kuko n’ umwana w’ imyaka mike aca abona ko ubeshe kandi atariho wari uri.

  • muhoza aho wagomvye kwiyamamaza ngo twzbwe twemere utubibemwo amacakubiri teshwa ute twarabahinyuye mwebwe aba dd turabona genda ubabwireko twaciye ubwenge wewe pfana ubwo bujuju bwawe buuuu Waravumwe

  • Nukuri Amahoro Muburundi Twagiye Tubona Kuva1952 Atamyaka10 Ihera Badahekuye Ubarundi.Ama Quartie Bihaye Biraberamwo Turabe Neza Ntiduturire Iwacu Iwabo Hakomeye!Kamenge, Kinama, Gihosha, Kiriri, Gasekebuye, Carama Namahoro.Intara17 Namahoro Twikebuke

  • Komeza mubabwire biyerekane mumakratie barwiriyemwo berekaneneza kobagifisemwo abafise agatima kokutabana nabandineza, twebwe iwacu Kirundo abarikudutera urwamo baratekeye baragiye ubutwibereye mumahoro nubwo tubona imiryango imwimwe ibayeho nabi kubera ubukene. Ndashimiye abahutu bariko barakorana nakaryakarwi karimumyiyerekano kukobariko barabereka ukuntu vyakorwa mumyaka yaheze kumeza mubereke komubashigikiye ariko ayomakuru mukomeze kuyatanga mutitangiye ijobizodufasha.

  • @Dany Leinad
    Uti rero u Burundi babucinyize duce twicecekera hanyuma n’ abana bazovuka baze bakurire mu gihugu kitubaha amategeko, ata terambere rishirwa imbere, igihugu Président yikinira agapira, agatera amavoka adakura, akagira ibikorane vyo gushimira Imana atemera uravye ivyo akora ngo kuko ama qauartiers yacu dushaka ko amera gute? Uzohende abandi. Ibi biriko biraba ni ukugira les générations futures zize zibe mu gihugu kizima.

  • ARIKO NKAYOMAJAMBO MWANDITSE MUVUGA NGO GENOCIDE UBWONTIMUBONAKO MUTEYE ISONI NAGAHINDA? NDABABAZE MWOBAMURIKO MURAVUGA IBIJANYE NAHANO BURUNDI CANKE MURIKOMURAVUGA IVYOMUKINDIGIHUGU ATARUBURUNDI?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.