Amwe mu mabanga 3 akomeye abakobwa bakunda kunyegeza abakunzi babo, rimwe rimwe bikavamwo no guhebana
Abantu benshi barakunda kuvuga ko abagabo ari bo bakunda kunyegeza amabanga yabo kurusha abagore mugabo na bakobwa bafise amabanga akomeye bakunda kunyegeza abakunzi babo.Iyo umugabo aguma amubaza umukobwa bakundana ayo mabanga, kenshi abakobwa baremera bakabesha.
Ivyo bintu n’ibi:
1.Imyaka yabo
Abakobwa benshi ntibakunda kuvuga imyaka yabo kubera bayivuze rimwe na rimwe batakaza abakunzi babo canke mbere ntibaronke abagabo nk’uko vyavuzwe n’abanyamahanga.Bongera bavuga ko mu bisanzwe imyaka y’abakobwa yiruka cane kurusha iy’abagabo kandi ko abakobwa bakunda kunyegeza imyaka yabo, ari abafise imyaka 30.
2.Abasore bamaze gukundana
Iri banga abakobwa bararisangiye n’abahungu kubera abahungu ntibakunda kuvuga abakobwa bamaze kugendana na cane cane mu gihe ari benshi.Igituma rero abakobwa bibagora kuvuga igitigiri c’abahungu bagendanye, kenshi biterwa n’ukuntu aba akunda umukunzi wiwe adashaka ko yohava amuheba.
3.Ukuntu yiyumvamwo mu rukundo
Mu gihe umukobwa ari mu rukundo, kenshi biramugora guserura ukuntu yiyumvamwo mu rukundo, ugasanga ahisemwo kubigira ibanga.Ubushakashatsi bwakozwe bwerekanye ko abagore nka bose bakunda kwihagararako mu bijanye no guserura ivyiyumviro vyabo ku buryo umusore bakundana bitamworohera kumenya ivyiyumviro uwo mugore amufiseko mu gihe baba bari kumwe.Bongera bavuga ko nkiyo umusore asavye umukobwa gukora amabanga mpuzabitsina atavyemera ku munwa ahubwo abihakana mugabo ku mutima atariko bimeze.
IZINDI NKURU ZIJANYE N'IYI |
![]() Coup de foudre peut-il être un grand amour ?
5.12.2017 |
![]() Uguhuza ibitsina hagati y’ababisangiye vyoba bibaho mu Burundi?
4.10.2017 |
![]() Abubakanye bitazwi n’amategeko bagiye gufatirwa ingingo n’abajejwe intwaro
20.07.2017 |
![]() Abagabo bafise abagore barenga umwe basigaranye amezi atandatu
19.06.2017 |
![]() Ifoto y’umunsi
3.01.2017 |
SOMA IZINDI NKURU MURI "Urukundo"... |
Ni kuki umukobwa iyo yakunze umuhungu aguma ashaka ko baba hamwe umwanya wose?
Ikibazo Mfise Nikuki Umukomba Adakunda Umuhungu Umwe
Jew Nakunztmukobwa Ariko Ngize Mgo Ndabimubwir Nza Mumva Umutim UsimvY NKACA NUMVA UBWOBA MUFASHIJ IKI?
hahaha nivyz cane kwibera murukundo muhuje vyose
Ndabakuna Rénine Nukuri Ibyomuvuze Nibyokwer Bibaho Keshinakesh Bivamwo Intandar Yuguhebana.
None Ko Jew Nakunzumukobwa Hager Kumugorob Nka Samoya Yijoro Nkumva Aranterefony Ngo Nz Ambwir Tubonany Agac Ambwir Ng6 Yarankumbuy Kumbon Ham Agatah Mugabo haragezah Ndamusabati Anyereke Kwankunz Akambwira Ngo Nabamber Bakundany Nivyo Bapfuy Ngo Nanj Kwaruk Ngo Nindondere Ngwabazobinkorera! Non Uwo Mukobwa Mwumva Namw Yashak Kumbwirik Muriryojoro Cank Yashak Kondamukoreriki?
Nigute Wokund Umukobwa Umubonye Nkahantu Ukumva Wewe Uramushimye Ukavugati Jewe Nzoze Kumukunda Kand Ntiyanke Kurubwo Buhinga Ukoresheje?Mwotwishur Kuko Turashaka Kubikoresha
N’ubuh Buryo Wokoresha Mugukund Umukobwa Wipfuz,Wew Nyen Ushak Ukamukunda Nez! Inyishu.
Jenfise Umukobwa Dukundany Nammwifatiy Arikanvanga Ndamubaza Igituma Anvanz Acambwira:Ntamuhungu Akunda Umukobw 1 Ngo Mgb Ntampevy Wunva Nokorik?Kuvicogih Ndabona Icahinduts Nimunfansh Ok Mugiribih Vyiza
nibihebimenyets uvyumukobwa atagukunda
murakomeye
ARIKO NUKUBERIKI ABAKOBWA BENSHI BANKA KUVUGIMYAKA BAFISE?
non nkumukobwa adashakaku mwenda mukundanye abashaka iki
Ayo mabanga amezegute?
Jewe nacabaza none bayinyegeza bashaka gushika kuki ?
Andika hano
Ego Cane Ntabwo Abakobwa Bemera Kobakunze Naje Vyarambayeho Aho Umukobwa Yambaza Uwodukundanye Ndamuhakanira Kwatawe Kand Narinsanzwe Mufite.
Kuki Bafashe Ingingo Yo Gutwara Umugore Umwe Gusa Kandi Bakaba Bazi Yuko Amenywa Na Mwenewe.Ko Mugihugu Kibanyi.Tanzania Barongora Abo Bipfuza ?.
Abakobwa Kenshi Nakenshi Ntibakunze Kwemera Baca Bibazagay Uko Yoc Amuheba
Jew Nakunz Umukobwa Ndamusaba Ko Twokundana Imbere Yuko Yemera Ambwira Ko Har Uwamber Ukunda Mugabo Ambwira Ko Ankunda Kand Ambwira Ko Nduwakabri Nanj Nca Ndamubwira Nti Ndahevy Nzorondera Ahand Akanka Akaguma Anyandkira Uwo Arankunda Cank Arampenda Akunda Uwamber?