Accueil > Poritike > Imigambwe > Ingingo yo gusubiriza abashingamateka b’umugambwe UPRONA ntiyadutangaje (...)
 Ingingo yo gusubiriza abashingamateka b’umugambwe UPRONA  ntiyadutangaje (Video)
 Ingingo yo gusubiriza abashingamateka b’umugambwe UPRONA  ntiyadutangaje (Video)
				
				jeudi 31 Ntwarante 2016, par
IGIHE

Messages
31 Ntwarante 2016, 07:56, par walis
Utwotugabo twamenyereye gukamisha izo batoroye.izombwebwe zarizi ko bimeze nko mu gihe ca ndadaye ubu basanze abarundi barakanuye.mututsi muhutu nimubane mureke kwisamburirako nkintungwa
31 Ntwarante 2016, 08:44, par tari
Komera nyakubahwa tasiyano iyo siguro utanze nisiguro yumvikana kandi itomoye birumvikanako opposition irimwo abanyapilitike bidyamunyu kandi bayinonosoye ureke kakarwi ka nkurunziza kananiwe gukina politike kagahitamwo gusesa Amaraso y’abarundi bamwe banyabenda naba gelase baze babegere mubigishe naho urugamba mwatanguye rwokwanka akokarwi kabicanyi kabandanya guhonyanga amategeko mururwane gushika kuwanyuma ubu igisigaye sukwingiga nkurunziza kuja mubiganiro kanatsinda simwe mwagomba kumwingiga ahubwo nagomba kubikora kuko ariwe yahemukiye abarundi ubu igisigaye nuko muvira hasi mukaturongora kurugamba hanyuma tukamwora kungumvu zumuheto ndateye intege fnl ya nzabamempema forebu red tabara bobamaze gufata iyambere mukwirukana izonyamaswa atawe zigera umutwe nkasabako abobose batemera akarenganyo ka nkurunziza nakarwi barikumwe kuvirahasi icarimwe tukabashigikira ntankeka urworugamba tuzorurwana kandi turutsinde
5 Ndamukiza 2016, 22:25, par jijjy
Ako kagabo kurutwe Gasa na shetani gasigaye kagendera ou vyinyo. Gaza nakagamba kabi.Gasa na rénovation nitunga ngira kava sa mwaro canne bururi.
9 Ndamukiza 2016, 17:36, par Havyarimana Emmanwel
Iconipfuza Nuko Twokubaka Uburundi Bwatwibarutse Nubwo Harimwo Indyane.