Accueil > Amagara y’abantu > Pakistan:Agasama kahitanye abana benshi
 Pakistan:Agasama kahitanye abana benshi
 Pakistan:Agasama kahitanye abana benshi
				
				mardi 1er Nzero 2013
Ishirahamwe OMS rivuga kw’abana baharurwa mu 300 bahitanywe n’iyo ngwara y’agasama muri Pakistan.
Ahasinzikaye kurusha ahandi cane cane mu ntara y’ubumanuko ya Sindh, ahabaye imyuzure mu myaka 3 ikurikirana.
Abenshi mur’abo bana basonzwe n’uko bafise ibibazo vyo gufungura nabi.
Mugisha Van Naris
