IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > Umukuru w’umugambwe UPD Zigamibanga Zedi Feruzi ahejejwe kugandagurwa

Umukuru w’umugambwe UPD Zigamibanga Zedi Feruzi ahejejwe kugandagurwa

samedi 23 Rusama 2015, par Jean De Dieu

Amakuru adushikiriye kuruno mugoroba aremeza neza ko Umukuru w’umugambwe UPD Zigamibanga Zedi Feruzi hamwe numwe mubamucungerera umutekano wiwe bahejejwe kugandagurwa barashwe n’abantu bataramenyekana abo aribo mu Ngagara

Photos: David Thomson


IGIHE

Messages

  • Mubahe umucanywa, ntimusige nimwe,

  • Mana yanje ivyobinwamaraso Imana ntiyobidukurako Mana Tabara Uburundi Kuko imitima Ya Barundi irarushe.

  • ces gens qui tuent nos frères pourront ils se regarder dans le miroir et dire à. Leurs enfants ce qu’ils ont fait.

  • Barundi ndabahanure!!!! Dore mwarinjiriwe....dore abicanyi bahiritse igihugu mu rwobo. kweri ngo ni ukwitoza jwa Bkurunziza.....oya ntibabahende. Mwashyize hamwe mu gafatana mu nda ko mwugarijwe. Murebe ibigiye gukurikira.......NYAMARA MWARI MUKWIYE KWEGERA IMANA YO MW IJURU MUKEZWA IVYAHA. Mwazisanga mu mworera mu kicuza ko mwarangaye nta co mukibashije gukosora.............................................
    MANA TABARA.!!!!!!!!! Aho ivyo Gakwaya Damascene yahanuye ntivyoba bishitse?

  • Amatora yokogwa gute ubu igihugu kiri muntambara

  • Adolphe azobamena imitwe aho mwohunga muracavuga ibijambo jambo
    ubu naho asigaye atwara nigisirikare agatwara igiporise na documentation agatwara 300 000 vy imbonerakure ni mubareke abo bagabo bitwarire iyo myaka 5 yavuze kugirango turabe yuko iminsi yorenga dukize agatwe abobagabo barakomeye nka burende kandi bari determiner na kagame ahirahiye akaduza agatwe bazokamena bamuhe nindero adolphe ndemeye yuko uri umugabo ndagukuriye ingofero

  • birababaje caaane none yoba ari uyo ko mwamufutse mu maso??

  • birababaje caaane none yoba ari uyo ko mwamufutse mu maso??

  • IBI BINTU BIRAKOJEJE ISONI MU GIHUGU KIRIMWO INCABWENGE N’ABAKIRISU.IGIHE COSE TUTAZOSENGA MUKURI IVYAMWA VYACU BIZOKWAMA ARI IVYO.UMUNTU NI AGASHUSHO K’IMANA.ABASHESH’AMARASO BOSE HAZOGERAHO BAZOBIBAZWA KUKO UMUKAMA ADASASIRA INDAVA IKIBI.DUSABE MUTIMA MWERANDA ATURONS’URUKUNDO RWO KARANGA K’ABANA B’IMANA AHANDI TUZOSANGA DUSIGAY TURUTWA N’IBIKOKO.

  • Iyo ni plan Kagame: mu 94 nivyo vyaba i Kigali. Barasa abakuru ba oppostion, FPR igaca ivyegeka kuri Habyarimana. Turazi ko i Bujumbura aba DMI ari bo bariko barabikora.

  • Mbega wewe uvugako adolfe azobamena imitwe ngwarakomeye abaye,Imana yaremye ijuru n,isi?urikijuju wewe ubivuze gusesa amaraso siko gukomera ahobwo nukubura ubwenge kandi adolfe turaziko hamwe na sebuja petero nkurunziza kwaraba kozi ba satani muncamake impembo yabo yaratrguwe kazima bava amaraso nkabandi harigihe bazokwica uzoca abahumira ivyabo bigaca birangira reka dusenge Imana kuko ntakiyinanira nimushobora vyose tuze turabeko shetani azobatabara atarukubihakana .feruzi Niwiruhukire Mubwami Bw,Imana ba Adolfe Nabo Ikinogo Cabo Kiruguruye hamwe Na Petero Nkurunziza.

  • Nukuri ivyo Gakwaya yashinzintahe hamaze kuba bitatu muvyoyavuze!habazuwundi yotumakubita COUP D’ETAT nkurunziza ahandi hoho turahona!nabandi bakuru bimigambwe nibihungire nka Mutama Agathon Rwasa!amaraso yabica arikumutwe wubutegetsi bwa petero nkuru

  • Adrien, kuki mutinya kagame,nkubwo ahuriye nibyiwanyu koko,uzamubaze uganda,umubaze congo,umubaze afrique du sud

  • Mbega yemwe mu ngagara yakorayo iki?Ayo ma quartiers arimwo imyiyerekano y’abatutsi abahutu bose bariviriyeyo aho baboneye batanguye guturirira abantu mu ma pines,abo ni ba banyamurenge n’abandi batutsi bamwishe kugira baronke soutiens z’abandi ba manifestants bo mu yandi ma quartiers kubera muri ino minsi bitanguye kuboneka ko abari mw’i barabara ari abatutsi,rero nimureke kubesha nta dolofu yamwishe,abatutsi mwateguye kwica abahutu mu buryo bwinshi,nubu ntimuraruha na feruzi nawe,mbega abo baswahiribo mubashakako iki ko barundi ata vy’amoko bazi?Hari abatanguye kuvuga ngo bari mu modoka ya documentation,mwibagiye ko izo modoka namwe abatutsi arimwebwe surtout mwivye amahera mukaba muri capables yo kuzigura,iyo ni iyindi montage yo guteranya abahutu,kumwe abatutsi mwica abahutu,mugaturira amasoko,mukica aba fnl ivyo vyose mukabigereka ku bahutu ,abatutsi ni mwebwe mwicana,muriko mwikika mu kiza turabibona,turabacunze,aho rero yari yararamye ngaho mu ngagara ngo afiseyo abagenzi?
    Abahutu murakwiye gukanura,abo kwa rwasa baje gufasha abatutsi bo ku musaga mu myiyerekano batanguye kubaha ishano mu ndya kubera ngo ntibasangirira hamwe abahutu n’abatutsi bavuye gusha ku ma barrière,ni akazi kanyu nimutaraba neza barabafyeta mwa bahutu mwe muja ngaho ngo nta moko akihari,kanguka nyabuna mwirarire,abo ni abatutsi bakora ces attaques àla grenade,bakora ibishobotse vyoe ngo bereke amakungu ko igihugu ari umucanwa

  • Kuberiki none bicwa ngo hama umuteka uriho mugihugu.gusa uwiteka agarukir ubundi.

  • Adrien,
    kuba umugabo wewe uravyitiranya no kutagira umutima? No kuba umwicanyi adasanzwe? No kutagira ubwenge? No kuba ikinywamaraso? Kagame wewe sha ari organisé kandi arakunda igihugu ciwe n’abanyagihugu biwe si nka twe! Reka kuba ugereranya abantu ataho bahuriye haba mu nguvu hhaba mu buntu.

  • Sha vuganeza,
    Nukuri umugera w’amacakubiri warakwinjiye kandi imana ikugarukire kuko shetani ikugejeje habi. Kiretse abahutu n’abatutsi bapfukamye igihugu mu nda, abandi bahutu n’abatutsi bari mu marushwa. ikibazo rero si ico ubwoko. Mbega ko uriko uravuga abishe zedi Feruzi abaribo, woba ariho wari uri igihe ibara ryagwa? wabibwiwe n’abari bahari? ngo vyagenze gute? Woba ufise akarorero k’umuhutu amaze kurya ishano ku musaga mu ba manifestants nk’uko ubivuze? Ahubwo imana ikurutse iryo ishano ry’macakubiri wariye.
    ndakwifurije ko imana yokwiyereka.

  • ndagomba kwiyamiriza nivuy’inyuma ,abantu bamwe bamwe baciyumvira gucanishamwo abantu mukugarukan’indyane zamoko! ikigihe abahutu barapfa n’abatutsi bagapfa !kandi ndakubwireko abari mumabarabara,atar’abatutsi gusa!!kanatsinda igihugu s’icabatutsi gusa n’icabarundi bose:ikindi mur’iki gihe igihugu cose kiriko kirahahombera kandi bifis’ingaruka kumurundi wese ntihagire umuntu asbira gushikiriz’inkuru zihuye n’ubupfu bwiwe avugako abari mwibarabara;ar’ubwoko bumwe gusa nyaruka mumabarabara mwirabire muvug’inkuru mwatohoje nivyo vyiza:hanyuma vuba bidatinze,Imana yo mwijuru yo nyen’igihugu Iraje gutabar’abarundi bariko bazir’ubusa bapfa kuber’inyungu z’akarwi kihaye guses’amaraso atacamira!!!twese duhang’amaso,Iyo Mwijuru"

  • Birababaje ntamuntu yamenye Imana anezerwa yumvise ko hari uwafuye ahubwo muze dusenge Imana idufashekugira ihagarike ayo maraso ariko arasesekara ukwihora amacakubiri yamoko ntaco bimaze kandi ntaco bitwungura bibiliya ivuga ngo dukundane twese turi bamwe kandi dukunde nabansi bacu kandi tubasengere Imana ibahezagire kandi ibazigame.Je vous aime tous HUTU ou TUTSI, DD ou non

  • Mana we dutabare.ivyo vyose biba kizigenza arorera.

  • @Nadege
    Na gwawe twese ibinogo biruguyeusenga udasenga,gusa nagire nkubwire sinzi imyaka ufise,abasesa amaraso ni ibijuju??,sha abo kwa micombero,buyoya,bagaza ,bikomagu ,aba sans echec n’abandi batutsi batumariye abacu uriko urabatukako ata bwenge,ba dolofu urababeshera ntibicana si non baba ari incabwenge nkabo bahima batumaze,sha iyo shetani ni rwanyu abatutsi ni yo so wanyu ntimuzoje muyiririmba turabizi,hari abatutsi biyita abavejuru,shetani imana yayikororeye kw’isi kubera akaduruvayo yariko itera mw’ijuri,yayikoroye n’ibindi bishetani ni mwebwe abatutsi il suffit de vous regarder vous etes de vrais demonds,nta kintu ciza cigera kibavako,abicanyi karuhariwe,nico gituma niyo mubesha ngo mugiye gusenga mubanza kubandwa mushikanira ikimana canyu,ivyo turabizi abatutsi mubandwa izuba ryaka nko mw’i jenda no mu rutovu muri abarozi katwa muja gucisha tanzaniya ,murara mu ma cimetières no muri tanganyika,abakobawa banyu ibirozi babitwarira mu nzara arretez,imana ibumvise yoca yiruka igatemanisha kuko yo irabazi abatabazi ni abahutu babitega,meme votre chef lucifer nawe asigaye abahunga mumusumvya amakali,abahutu babishinga birabasha nibo babo ba feruzi bapfuye batabizi ntibamenye ko babana n’inzoka,arambabaje gusa nuko hari abahutu umuntu avuga ntibumve ariko turaziko mwabaroze mwabahejeje ce sont de pauvres innocents batazi iyo ikibi kiri niyo kizanana,aruhuke nta kundi!Muri des cobra vous hypnotisez les gens du regard vos yeux sont plein de haine,vous etes des serpents pas de humains ,abahutu muzobitegera ryari?

  • nyamitw naw ngo atey ivyats ?NAREKE KUDTAMBA KUMUPFU ARIKO NAW NARINDIRE BAZO?UHINDURIRA NAW ZED IMANA IKWAKIRE

  • WEWE WIYITA VUGANEZA URI UMUNYAMACAKUBIRI PE!ARIKO TWIBAZA KO ATAMUJEUNE UWARIWE WESE ACA KURU RUBUGA YOKWUMVIRIZA!KOWADONDAGUYE ABATURIYD AMASOKO,ABISHE ABA FNL HARIMWO UWARI YEGEREYE AGATHON RWASA UBUTUNGANE BWAKOZE IKI KO INTWARO YARI IYO ABAHUTU?KUBABIKIRA HO GUTE?AMATOHOZA YARAKOZWE?YASHITSE HE?ABATUTSI NGO BARIVYE IGIHUGU REKA NDKWEREKE :DOSSIER YIBIHARAGE MUGIPORISI,FALCON 50,UBUTARE BUBANDANYA BWIBWA?SOCIETE VIETEL YASHINZWE ABARUNDI BAKOMA INDURU ATAMAKORI IRIHA?TURENGERE AMOKO!

  • Mana Tabara Ubwoko Bwawe Burenganywa.

  • Uwo ko bamufutse mumaso bashatse gushika kuki ivyiburundi bitagoye gutahura.

  • inkurikizi za 3eme mandat. Ndababajwe n’urwo rupfu rwa zedi. iki abaje kandi nuko azokurikizwa abandi benshi kubera iyo 3eme mandat. Imana imwakire mu bana bayo.

  • Birababaje cane ariko ntakaba ntigashire,barundi barundikazi ntitwemere ivyankurunziza kandi twemere batumare gushika kukanyuma

  • Bigirimana wewe uvuga ivyo utazi kugira uryanishe abantu bari mumyiyerekano,zedi wewe urazi ico yarico kuva kudedemba?Imana iriko irabasoza mu bukozi bwikibi bwanyu.

  • ur jean wiman koko wew urubahuk ukavug amajamb nkay?uramvy amok ah yatugejej bamw tutaraz iyo muburund naw uyagarukan?nik mwamvy abdd ntabweng mugir ub muratanguy nkivy mwagiz2010?nkawew kubwaj naw warubifisemw uruhare rwanyakwigender ham ng ntabahutu bakib mungagar ahubw ntukwije ub uwokubaz wotang imiryang yahunz?ukab uj kumurong uranyishur

  • jeweniyumvirakubantubicabandiumuntuwesearikaramenamarasoyamugenziweamenyekoimanaizobimubazamurakoze.

  • jeweniyumvirakubantubicabandiumuntuwesearikaramenamarasoyamugenziweamenyekoimanaizobimubazamurakoze.

  • Nosaba aba UPD zigamibanga bose aho bari kwihangana kuko ikintu cose gifise intango n,iherezo

  • ni bareke kubesha ni wa mugabi wa ba dd kumara abatavuga rumwe nabo.Mbega iyo ntore abatutse bayihora iki?Abahutu mutaravye neza muramarana tu!

  • ni bareke kubesha ni wa mugabi wa ba dd kumara abatavuga rumwe nabo.Mbega iyo ntore abatutse bayihora iki?Abahutu mutaravye neza muramarana tu!

  • Ariko muricibaza ko petero azotanga igihugu binyuze mumatora?umwana w’inzoka niyo...... Rero nase wa petero ariwe BIRORI yarumwicanyi kandi ntibitangaje umwana w’ikinyendaro akurana akandi gatima. Ese mwoba muzi uko pierre yavutse?muzobaze impamvu nyirakuru yahariye na sekuru wa pierre mukumwita nkurunziza kandi sekuru wiwe atariryo yashaka. Izina ryambere yaryiswe na nyirakuru. Iryigikirisu aryitwa na sekuru. Rero mushaka ko abarundi mumenya ati pierre ninde?harigihe mwigeze mwumva ico nokwita BACK GROUND yiwe?ariyo mugifaransa bita BIOGRAPHIE?murazobisabe babahe umwidondoro wa pierre abazi BIRORI ariwe se wa nkurunziza baramuzi abarundi twishimira igihagararo ntitugira amatohoza imbere yuko dushira umuntu imbere. Mutamurashe ntagihugu ariko ararekura. Uyo FERUZI niwe atanguriye abAkuru bimigambwe ejo canke ajobundi uwundi aramukurikira abanyeporitike garura ubwenge hakiri kare nayahandi umwe kuwundi.

  • Mbenga Uburundi Bwabaye Ikibugacabicanyi Mumwanya Vyagirizwa Imbonerakure.Emwetwaragowe!!!

  • NONE ABOBANTU NTIBARABAFATA

  • JEWE NDABABAYE CANE NI BAZA KOBAMUHOYE IYIYUNVIRO VYA POLITIQUE

  • Yesu ati "Akarorero kabi ntikazobura kuboneka atariko harigorewe uwo kazovako."Abapfa barapfa, ariko harigorewe uwakije umurioro!Ariko aho ntimwogezaho mugahindukirira UWUHORAHO!Eregabatezibiganza!

  • calme mes chers amis le règne de nkrzza est gelés.

  • biteye isoni .nonoho twongereze kwiyamiriza ikiqi

  • Uwo yishwe n’abategura intambara. Abarundi DMI ya Kagame yabagezemo mukanure amaso

  • KUBWAJE BONA ATACOBA MUHORA

  • None Ntimubona Ivyo Iyi Leta Igamije?Biratanguye Kwibonekeza,hazogera Amatora Hasigaye Abanyepolitique Bangahe Batavugarumwe Na Leta?Gusa Imana Irabibona.

  • BIRABABAJE KUBONA HAKIRIHO ABANTU BICA BAGENZI BABO BIBUKE KO IMANA IGIYE GUCA VUBA URUBANZA NDABAGIRA INAMA MUKOMEZE GUSENGA UBUDAHUMEKA

  • 1) Nkurunziza ati: Uwuzoyitangura (imyiyerekano) izotangurira iwe iherere iwe. None niko bigenze

    2) ’’Abatavugarumwe na DD tuzobamesa’’ none murindiriye ko bazana isabuni canke omo?

    Kanguke

  • birateye isoni mana garukir uburundi

  • Feruzi ugwiwe ruraheze, abasigaye mutavugarumwe naleta namwe mugabe. narirya ataradio zivuga, aba DD baratumara.

  • NE MWABAHAMAGARIYE MWIBARABARA MUTABONA BAHE IVYO MWABEMEREYE ATARUKO BARABAMARA.NAMBA YARAGIYE KUBASAMAKO ATANAMAKEYA ABASHIRIYE NCANKE ATANIKIRO CURUMOGI AJANYE YARAZI KO BATAMWIRABAMWO?KWATICIWE MUBUYENZI CANKE MUKAMENGE MPAKA MUNGAGARA.YARAGIYE ARANGAJE AYO MAZURU MUBATUTSI BO MUNGAGARA YIBAZA NGO NTIBAMUHOFORA

  • ahaaaa biragaragara kobagiy kuja barica umwe umw mpaka amatora ager basigay bonyen hanyuma babatwar atacamira ahubwo ndabahay pole abagomba kuja kwiyamamariza imigambw itavuga rumw na leta.ariko ngo ingoma idashira nagahanga k,imbwa.sengimana itabare.

  • Ndahojeje umudyango wiwe hamwe numugabwe UPD mugume mufatanye munda kuko ntanvura idahita.twihangane kuk uburundi buzogarugwa nina man gus kuko ntamurund "agiyegukiza igihucacu mwihangane cen

  • ariko vraiment aya maraso arko aseseka mwibaza azohera uko?ntaco mungu akorra ubusa.

  • birababaje mbese abantu bicumuntu kand baz ko nubund twese tuzopfa

  • @kabwa
    Ndagusavye ureke kunkwegera ayo mashetani musenga mwa batutsi mwe ngo n’imana uriko uratakambira,iyo mana yawe ubwira reke kuyinkwegerako,ndeka mpfe,uburorero buruzuye ko batanguye kugira des diarrhées abandi badahwa, hari nabamaze gupfa!ivyo vya feruzi birazwi ko mwateguye kugira ama coups yose ashoboka kugirango abahutu basubiranemwo,kandi birazwiko abatutsi mwateguye sacrifice de 15 tutsis par jour muri iki gihe ca manifestations pour crier genocide au monde entier kubera mwabonye ko ari un fond de commerce mu rwanda idahomba,

    Uyo nawe yitwa bucumi,reka kuturondorera ubwoko bwa nkurunziza,ari uwo kwa baranyanka,ari uwo kwa birori on s’en fout amoko muriko muyakoresha aho adakenewe,uyo birori mwumva yamumariye iki nimba arise,ivyo kwa baranyanka vyamumariye iki,nimba arivyo twe abahutu ntaco bitubwiye yemeye kuba ubwoko bw’uwamureze akamwemera la preuve yakurikiye ubwoko bwase mw’ishamba kugwanira agateka kabo,rero reka aho ça ne passe pas,mbega ikindi abo bari ku ma barrières nibo bashaka amatora na democracie ,ndadaye mwamwishe ata mandat ariko ararondera,abatutsi mwokunda democracie bigenze gute?Turazinanyi beshera hiyo!

  • mbega gayemwe! kohari abicabandi ntibibukeko nabo ataterekomande yurupfu bafis. barazabibuka ko uwicishij inkota naw kariyo azicishwa.barundi komeza gusengra uburundi kk Imana igiykurimbura abakora benivyo.

  • birababaj sana aba UPD igumye komera kwibanga. Umuryango uti pore twese niyonzira. Abamwishe nabo urwanyu rurabarindiriy kandivuba. Amatohoza ahera nayo nakorw tumeny ico ahow

  • The only last way is to confess our sins God will help.

  • Tuvyagirize Nde? Ewe Nkurunziza,uragowe Pe?

  • NIMUHUMURE KUKO INYISHU YUMWICANYI WES IGIYE KUJA AHABONA BABIKRA BIBAZA NG’IMANA NTIRIKO YANDIKA AMARASO ARIKO ASESKA KURUWO MUSI BAZOBORGA BATAGIRA IKIBATABARA AMINA!

  • Bene data barundi benewacu ibiriko biraba mubirabe neza kuko ibibazo biguma bifata inzindi nzira biragaragara nezako hari ikindi kintu kivyihishinyuma tureke iciyumviro cokuvugango iyi leta kuko abobantu bariko bica abategetsi sabarundi ahubwo bavahandi.

  • ABA DD NTABWENKE BAFISE NABUTOYA KIMWE NTIWOKWICA ABO MUTAVUAGA RUMWE AHUBWO MWOKWICARA MUKAYAGA AHANDI CAMUMUNANIYE ABATUTSI BAKWINYEGEJEMWO GONABA DD URARABANEJA

  • barund,barundikaz ibi birik birab bifis intango bikagira iherezo ntituj ngaho ngo bigirw na naka ahubwo dufashany guhiga ababikora kubera kwiyisi nta wera de birashoboka aka ari umw mumugabw waw cank wanj ariko vyoba vyiz tugiy turareka abajejw umutekano bagakor kuk nitw twabitorey kand twabatoy tubizer.ngejej aho.

  • Imana imwakire mubwami bwayo arishwe ugwagashinyaguro none bizobazwa nde’aragowe uwayomaraso yabarundi azokwagira

  • Ewe Mana Dutabare Ibi Bintu Bihagarare,none Ko Abogize Ico Bakora Ko Ataco Bavuga None Twambaze Nde?Ni Wewe Mana Ntawundi Mutabazi Dufise

  • Sha Vuganeza,
    Nukuri warakomeretse ku mutima. naho twese tutazi ikizoduhitana, wewe kiraboneka: uzokwicwa n’amacakubiri. Jeho ndatahura ico umpora nuko tudasangviye ivyiyumviro. None imana yoyo mupfa iki ko mbona nayo nyene uriko urayiyamiriza?

  • Zedi Feruse azizeko yabwiye abantu barimwariya mabarabara akunze kwiyerekana ngo muzemuragira imwitwariremwiza ngokuko ibibi vyokorwanamwe murakazoza vyozotugarukako namwebwe murimwo yongera abahakarorero kivyabaye mu Rwanda ati abari abategetsi vyarabafashe nababikora bitwa Interahamwe nabontibigeze bihanganirwa , ivyovyavuzwevyose bariko baratanga amahera yokujagusuma ibizobatunga mumisi igiyekuza ninahobavuzeko bagombakubanza guhagarika imisimikeya kwiyerekana nimuruwomugambi wokubanza gusuma. Ariko hariho abasore Feruzi agihezakuvugakobakwiye kwitwaraneza mumyiyerekano baciyebashavura ngwabise Interahamwe arikohabaho abahoyahoya. Rekaturekere iperereza kuko twumvako harihumurwi wabantu batarabarundi bajegukorana nabarundi bamwebamwe batavugarumwe na reta huburundi ngobabahinga mugukora ibibi ngibikazoharurwa kuri reta! Umuti wokubarwanyarero ntugoye nugujuramukanywa ijambo ngo kwimiriza kwitoza kwa Nkurunziza nimwavugako muhagaritse iyomvugo ngomurikomurarwanya Nkurunziza abobantu barikobaraduhekura muzoca mubabonaneza abaribo. Rekandababwire abobantu ukwobakora: Igikuru nukwica umuntugusa yaba uwushigikiye reta canke uwudashigikiye reta icobakeneye nukwuvikanishako abantu barikobarapfa kuriyi reta kandi abarundi bahunge kubwishi.

  • Kon,
    na jewe ndavyemera ko uwuzokwega intambara izotangurira iwe iherere iwe.
    Iyi rero turimwo ni PITAPITA yayitanguye bisigura ko izoherera iwe - ngira na wewe urazi ko itarahera, ntiharagera kwahebura. Imana irahora ihoze. Siwe mukuru w’igihugu akomeye( ngira waramenye amaherezo ya Kadafi ( wewe yari umugabo), sadam Hussein, blaise compaoré, ben ali, osni mubarak, etc. Uwo mu petit wo ku mwumba, atwara iguhugu ca nyuma kw’isi muvyo ubutunzi, ariko agaya isi yose niwe agoye kwirukana? c’est une question de temps. Abamukunda mwoba murarira mukihanagura.

  • Mana tabara uburundi abariniyobaja bigire ubundi turagoye

  • Iyi Nkuru Irababaje Ariko Rero Nkebure Iyi Migambwe Yifatanije Nabo Batutsi Kanure Mubône Kuko Raba Ivyo Batanguye Rwasa Minani Leônce N,abandi Raba Ivyo Bagiriye Mugenzi Wanyu Va Inyuma Yabo Muheze Mucubwenge Kwicirwa Mu Ngagara ? Bayina Ngira Ni Za Mbonerakure Bibagiye Kubivuga Menya Neza Ko Uwo Murwi Watanguje Kwica Kwinjira Vyaroroshe Ariko Kuvamwo Bizobagora Kuko Bazoca Baza Barabica Uko Bagize Feruzi Uwo Nuwarabônye Ukuri Abandi Ni Bigireho

  • "uwugwikarihije ruramumwa" hariho abantu baciyumvira ko tukiri muri yamyaka ya 1965 na 1972 no abarundi ubu turahabona ahubwo bari bamutebeje si uyo gusa....

  • "uwugwikarihije ruramumwa" hariho abantu baciyumvira ko tukiri muri yamyaka ya 1965 na 1972

  • Yooo mbee pita ndakubaze. aho uracafise inzara canke inyota yubutegetsi? ukenyiki? mbe abowasubiriye ntubonako babayehoneza. canke nivyahawakoze bikubiza kugira uhanirwe kuriyisi Aho ushakahuvugako irahe hatakubona? aho utazosubira kubona Deniza wawe

  • @kabwa
    Imana ntaco dupfa je te jure,sinshaka iyo mitongerero yanyu ngo ni za prières,abatutsi mwanyishe kera amacakubiri akanyica ndavyemeye,gusa nguma ngaruka kuri abo bahutu baba mu ma quartiers arimwo za manifestations,ni ibijuju barahenzwe ngo nta maoko ahari,bigenda gute ko umu journaliste bari kumwe w’umututsi ataco yabaye?reke reka,kumbura mukanure murahagwa abo banyamulenge buzuye mu cibitoke,ngagara na nyakabiga,izo nyenzi zatwinjiriye mu gihugu ,abo ni abantu ata mitima y’ubuntu bagira,abahutu rero muguma mubi frota ko rindira bazobereka,

  • barundi, barundikazi namwe ncuti z’uburundi.mwigandagurwa ry’uwuserukira UPD ntagitangaje kirimwo.mwibuke ko ata mezi atandatu aheze P.claver,L.Ngekumana,RPA na J.MINANI basemerera ko hari ibirwanisho vyatanzwe mu Mbonerakure kandi bakaba bariko bagirira formation miltaire muri Congo Kiliba Ondes,bakaba barashikirijeko umugambi uriko urategurwa ko ari itegurwa rya Genocide mubanyapolitique bose badasangiye ivyiyumviro na CNDD FDD,mwarabonye ko batahengeshana kurasa abantu bari muri manifestation yokwiyamiriza 3eme mandat ya Peter Nkurumbi,ubu rero babonyeko kwica abari muri manifestation vyonyene bidahagije none bandandukiriye kubaserukira imigambwe idahuza ivyiyumviro na CNDD FDD,ubu bishe uwuserukira UPD,aho bukera nimurindire murabe uzagukirikira....Peter Nkurumbi nabo mufadikanyije umugambi wihonya abanyapolitike mudahuje ivyiyumviro,amaraso yose ariko araseseka mumenye ko muzoyabazwa,ntimwibaze ko abarundi batababona

  • Ariko vraiment pierre nkurunziza ivyo birikobiraba kubwiwe arivyiza?ariko ivyovyose arikategura abitegura nk’umwana w’umuntu kuko imana yonyene niyo igaba ikongera ikagaburura y’ibuke ko ivyobirikobiraba arivyo wamuvugishwa n’imana womurwanda yavugishijwe !!!iconzi nuko abanyagihugu bomucaro natwe twabuze uburyo twojamumyiyerekano ngonatwe ugwanire akaranga k’igihugu cacu umva umwansi w’uburundi yinyegeje mubarundi nkuko n’umutabazi w’ihugu cacu arimubarundi ntibarwanye izo manifestation kuko harico zibabwira!!!KINANIRA CITY!!!

  • mukur franck ese iyo ybur denise gsa me naw ntazibna kk azomer nk uwugtruw ni ikihuhu6.

  • ni akamuna!turiyamirij igandagurwa bunyamaswa ryikiremwa muntu!"ntibisigura k wishe uca ushika kucowipfuza"<maramara mureke abipfuza gushika kuvyipfuzo vyanyu mukoz amaraso>!!!

  • nikibazo imana nibehafi uburundi ariko bizoher

  • aBARUNDI IYO NDAVYE IMVUGO ZABO MURANTANGAZA MURIKO MUVUGA NGO UWO AMARASO AZAKURIKIRANA ARAGOWE,BURYA NDABABWIRE IYABA AMARASO YAKURIKIRANA MU BURUNDI NTA MUTUTSI NUMWE ABA ASIGAYE URAVYE UBWICANYI BAKOREYE ABAHUTU KUVA 1965,68,72,88,93 GUSHIKA 2005 MWIBAGIYE INGENE BABEGERANIJE HAMWE BAKABABAZWA MUMAKAMBI BAKICWA BAKAMERERWA NABI IKIBABAJE NABO BAHUTU NYENE BARAVYIBAGIYE BAKURIKIRA ABATUTSI BO BARI MURUGAMBA RWO KWIKURAKO INTWARO YABAHUTU ARIKO BAKAVYITA 3 MANDAT ARIKO NTAHO BAZOSHIKA ABARUNDI ISINZI TURI MASO?????

  • Jewe simbona ko mubagumyabanga nkurunziza ariwe mushingantahe gusa. Kumuha kwitoza ubwa gatatu bisigura ko abasigaye Ari ba niryo gusa

  • sha abantu benshi bararuhijwe ningwara yama cakubiri, ubu abantu batari bake bagiye hamwe badasangiye ubwoko kugira bagwanire gusubiza hamwe ariko abandi baca bavuga ko ari amayeri y’abatutsi ngo basubire kubutegetsi ivyo sivyo. Ariko abantu badasangiye ubwoko kuri bamwe mubandika kuri net kuba kuba kumwe n’ikizira? mwe mwiyumvira ukwo nubumuga mwanduye bwo mumutima icari gikwiye kwari ukwegera Yesu akobegesha amaraso mugasubira kuba abantu bazima kuko mwoba mwahindutse.

  • Haaa!! Biratangaje Bamuhoye Iki?

  • amateka yaranze uburundi nayo nanu ndabaza infura zu Burundi nka ndadaye bazira abo Bose?

  • JEWE NDIBAZAKO YISHWE NABABICANYI KARUHARIWE MU BURUNDI ADORF SHIMIRIMANA NA KAZUNGU NA DAKUGARIKA BA AYUBU NABANDI BICANYI BAZWI MUBURUNDI TURAZI NEZA KO BASHIGIKIWE NARETA YA PETERO NKURUNZIZA NINABO BATANIJE MUKUZINGAMIKA IGIHUGU C’UBURUNDI,BARIBA,BARICA BARATOTEZA ABOBIDASANGIYE IVYUYUMVIRO MUKUBICA NOKUBAPFUNGIRA UBUSA.ARIKO TUZEYEKO UBUTUNGANE MPUZAMAKUNGU Y’IRAHE IBUKURIKIRANIRA HAFI.ABOBAGABO BASUMBWA N’INDA DUKENEYE KUBASEZERERA VYANKA BIKUNDA.

  • Urateye isoni mbega we ubona icaha kubatutsi mbega aba fnl barenga 3000 bishwe na leta ya nkurunziza bishwe na batutsi kumbe abavuga ko pita yahinduye ubwoko atar umuhutu kwabaye ukuri urumva abahora ubuhutu ndababajwe nubujuju ufise ngur vuganeza

  • Va mums jambs dysentery igihe go cacu unwanted wu Burundi Ni Shetani
    N’abamalayika bayo
    Nagano ari Nkurunziza canke les Opposant nkandi mukure amaso kubandi Bahutu ngo no yo bozo area ibibazo vy’Uburundi Kuko umwasi Turkana Atari ulama rasp numb iri ariko ariko ari I yuca mini. bi ilia iravuga ngo uranium we wwww wiz era umwasi w’ umuntu
    Imana Ibagirireneza Kandi inane umunezero no kwihangana

  • uragowe wewe wica abandi ukibagira ko nawe bazogutwara mwisandugu.umenye ko uzopfa kandi uzovyishura,ivyo wakoreye,kuri iyisi yamarira:adorf,kazungu,ndakugaritse murabemwumva kuko nimwebwe mu barigwa.cndd-fdd:ryumeko-siwe wiremye.

  • urateye isoni wewe wica abandi ubahora ivyiyumviro vyabo mbega uribaza ko nawe uzopfa umenye uko wica abandi ariko uzopfa nawe

  • Nibazako yazize koyobazi amabanga yibibi ubutegetsi bukorera abanyagihugu!Kandiko cndd izotsindwa mumatora.

  • Namandiyumviranti:Niryari igihugucacu c’Uburundi kizoronka ubutegetsi bwamahoro?Konuwuseruye iciyumviro ararayishwe?!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.