IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > UPRONA yibutsa ko ubugizi bwa nabi butigeze buba umuti w’ibibazo

UPRONA yibutsa ko ubugizi bwa nabi butigeze buba umuti w’ibibazo

jeudi 28 Ndamukiza 2016, par Jean De Dieu

Umugambwe UPRONA uriyamiriza wivuye inyuma ibitero bikorwa ku bajejwe umutekano ku rwego rwo hejuru, hamwe n’amagerenade aterwa mu bibanza bihuriramwo abantu benshi. Uwo mugambwe wibutsa Abarundi ko inzira y’ubugizi bwa nabi itigeze iba inyishu y’ibibazo vyiyadukiza hagati y’abantu, ukavuga ko umuti uri ibiganiro vyonyene bidakumira, hagati ya Bene Burundi.


IGIHE

Messages

  • Uvuganeza nyakubahwa ese izompanuro zokwirikizwa

  • Wewe ni poa di MUTAMA ntumeze nka za mbwiti zahunga ziguma zibaza ko kuguma zicira ubusa abantu kariyo SOLUTION ahubwo iyo uba unyegereye imba ndakujomvye kamwe(AGACUPA KA AMSTEL).

  • Urikigugu amashure ntaco yakumariye aho mwahanure ntimuruha

  • Vous voulez qu’ils visent qui alors, en lieu et place z’ababarasa gushika mu ma quartiers résidentiels yabo? Mudahinduye ingendo ngo musangire iyo ntwaro na bose, barabaheza ata gisivya! Iyo Uprona yanyu ni parti satellite ya Cndd-Fdd Nkurunziza, kuko uwusangira n’umubandi nawe aba ari umubandi. Nimusigeho rero gukina n’amajambo ataco amaze ahubwo muhanure iyo Cndd-Fdd ije mu biganiro kugira Uburundi n’abarundi vyogorore. Uburundi ntabwo ari itongo ry’imigambwe iri ku ntwaro, ni Igihugu umurundi wese yumva ko ashobora gutwara no gutwarwa. Nta muja, nta mumenja be n’imperekeza tucifuza mu Burundi. Dushaka habe collaboration nyakuri hagati ya bose kugira abarundi twese n’Igihugu cacu dutere imbere nk’abandi ata ndyane n’ubwicanyi busubiye kwibonekeza hagati y’abonse rimwe!

  • aba.dd.ntibumva.bivye manda3.bazobona.nka kurumbiwewe.azobona

  • Ukweli nimefuatilia mijadala kwa warundi japo nafahamu kwa uchache lugha hiyo,ukweli inatakiwa muombewe na mfanyiwe Deliverence ya nguvu. Vitendo mnavyofanya na mawazo ya waliowengi si mazuri: mambo ya kupigana Dunia ya sasa yamepitwa na wakati,watu sikuhizi wanapigana na sayansi natechnologia mnasikitisha kweli.

  • Kwenye line sijaona ujumbe wangu wa awali: Ndg zetu Warundi kulikoni? Someni lamentations au maombolezo 5:7-10 mpate msaada wa kiroho.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.