IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > 12 Rusama

12 Rusama

jeudi 11 Rusama 2017

Igenekerezo rya 12 Rusama.

Ibikurubikuru vyaranze iyi tariki

254 : Iyimikwa rya papa Etienne I.

1797 : Izimangana rya Repubrika ya Venise. Yari yabaye Repubrika kuva
mu mwaka wa 697. Ubu akaba ari igisagara gisanzwe co mu Butariyano
ariko bivurwako kiri mu bisagara vyambere vyiza kw’isi vya kera. Igice
kinini cico gisagara kikaba kigizwe n’amazi.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1903: Wilfrid Hyde-White, umukinyi w’amareresi w’umwongereza.

1948: Steve Winwood, umuririmvyi, akaba umucuraranzi n’umwanditsi
w’indirimbo akomoka mu Bwongereza.

1983: Virginie Razzano, umukinyi wa tennis w’umufaransakazi.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1003: Sylvestre II, umu papa.

1382: Jeanne I, umwamikazi w’i Naples.

2007 : Malike El Fassi, umugoree w’umunyapolitike wo muri Maroc.

2012 : Ruth Forester, umukinyi w’amareresi w’umunyamerikakazi.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe umuforoma.

. Umunsi mpuzamakungu w’urudandazwa ruzira akarenganyo.

. Finlande: Umunsi wahariwe abakunda igihugu.


Luc Noel Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.