IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 13 Nyakanga

Itarike 13 Nyakanga

mercredi 12 Nyakanga 2018

Igenekerezo rya 13 Nyakanga.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1276: Hatorwa papa Yohani wa 21.
1923: Primo de Rivera atembagaza ubutegetsi muri Espagne.

JPEG - 24.3 ko
Primo de Rivera

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1475: César Borgia, umusirikare yabaye n’umukuru w’igihugu c’Ubutariyano.

JPEG - 8.2 ko
César Borgia

1886: Robert Robinson, umuhinga muri chimie w’umwongereza yaronse agasimwe kitiriwe Nobel muri Chimie mu 1947.
1967: Michael Johnson, umunonotsi w’umunyamerika.
1973: Fabio Cannavaro, umukinyi w’umupira w’amaguru wo mu Butariyano.

JPEG - 18.1 ko
Fabio Cannavaro

1989: Thomas Müller, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka mu Budagi.

JPEG - 234.3 ko
Thomas Müller

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

81: Titus, umwami w’abaroma.
1592: Michel de Montaigne,umwanditsi akaba n’umu philosophe w’umufaransa.

JPEG - 24.4 ko
Michel de Montaigne

1958: Ruben Um Nyobe, umunyapolitike wo muri Caméroun.
1996: Tupac Shakur, umuririmvyi akaba n’umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.

JPEG - 50 ko
Tupac Shakur

Ibihimbazwa

. Mexique: Umunsi w’abana b’intwari.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.